Imigani 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko Yehova ubwiwe atanga ubukerebutsi+; mu kanwa kiwe havamwo ubumenyi n’ugutahura+. 1 Abakorinto 2:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Twebwe rero tuvuga ubukerebutsi mu bahumuye*+, mugabo si ubukerebutsi+ bw’iki gihe canke ubw’abatware b’iki gihe+, bamwe babwirizwa guhindurwa ubusa+.
6 Twebwe rero tuvuga ubukerebutsi mu bahumuye*+, mugabo si ubukerebutsi+ bw’iki gihe canke ubw’abatware b’iki gihe+, bamwe babwirizwa guhindurwa ubusa+.