Itanguriro 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.” Itanguriro 37:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Inyuma y’ivyo arota n’iyindi ndoto, maze ayiganira bene wabo; avuga ati: “Ehe nongeye kurota indoto, kandi ehe izuba n’ukwezi n’inyenyeri cumi n’imwe vyariko binyunamira+.”
7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.”
9 Inyuma y’ivyo arota n’iyindi ndoto, maze ayiganira bene wabo; avuga ati: “Ehe nongeye kurota indoto, kandi ehe izuba n’ukwezi n’inyenyeri cumi n’imwe vyariko binyunamira+.”