Itanguriro 42:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+. Itanguriro 42:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yozefu aca yibuka indoto yari yararose ku biberekeye+; yongera ababwira ati: “Muri abatasi! Mwaje kuraba aho igihugu kigoyagoya+!”
6 Kandi Yozefu ni we yaganza igihugu+. Ni we yagurisha intete ku bantu bose bo kw’isi+. Bene wabo na Yozefu baraza, maze baramwunamira, mu maso habo hakora hasi+.
9 Yozefu aca yibuka indoto yari yararose ku biberekeye+; yongera ababwira ati: “Muri abatasi! Mwaje kuraba aho igihugu kigoyagoya+!”