Itanguriro 37:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.” Itanguriro 37:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Inyuma y’ivyo arota n’iyindi ndoto, maze ayiganira bene wabo; avuga ati: “Ehe nongeye kurota indoto, kandi ehe izuba n’ukwezi n’inyenyeri cumi n’imwe vyariko binyunamira+.” Guharura 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+.
7 Erega, ehe twariko tuboha imiganda hagati mu murima, maze umuganda wanje urahaguruka, uhagarara ugororotse, maze imiganda yanyu itangura gukikuza umuganda wanje no kuwunamira+.”
9 Inyuma y’ivyo arota n’iyindi ndoto, maze ayiganira bene wabo; avuga ati: “Ehe nongeye kurota indoto, kandi ehe izuba n’ukwezi n’inyenyeri cumi n’imwe vyariko binyunamira+.”
6 Nuko abandanya kuvuga ati: “Ndabinginze mwumve amajambo yanje. Iyo muri mwebwe haba hari umuhanuzi wa Yehova, nari kumwimenyesha mw’iyerekwa+. Novuganye na we mu ndoto+.