ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 45:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Ariko ubu ntimubabare+, kandi ntimwiteko ishavu kubera mwangurishije ino; kuko Imana yandungitse imbere yanyu ku bwo kuzigama ubuzima+.

  • Imigani 11:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Uwimana intete abanyagihugu bazomuvuma, mugabo umutwe w’uwemera zikagurwa urahezagirwa+.

  • Ivyakozwe 7:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Mugabo ikigoyi gitera mu Misiri hose n’i Kanani, emwe, amakuba akomeye; kandi ba sogokuruza bacu ntibaronka ibiribwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika