ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 21:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Kandi Sara yaguma abona umuhungu wa Hagari Umunyamisirikazi+, uwo yari yaravyariye Aburahamu, ashinyagura+.

  • Kuvayo 1:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Baguma batuma ubuzima bwabo buba umururazi mu kubakoresha ibikorwa vy’ubushumba biruhisha vyo guponda ubudongo bw’ibumba+ no kubumba amatafari, no mu kubakoresha ibikorwa vy’ubushumba vy’ubwoko bwose mu matongo+, emwe, ibikorwa vy’ubushumba vy’ubwoko bwose babakoreshamwo ari abashumba, mu mukazo+.

  • Kuvayo 3:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nuko Yehova yongerako ati: “Nabonye koko amarushwa abantu banje barimwo mu Misiri, kandi numvise amaborogo yabo kubera ababahindagiza ku bikorwa; kuko nzi neza imibabaro barimwo+.

  • Ivyakozwe 7:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Vyongeye, kuri ivyo Imana yavuze yuko uruvyaro rwiwe rwobaye kavamahanga+ mu gihugu kinyamahanga+ kandi abantu baho bakabagira abaja bakongera bakabateza amarushwa imyaka amajana ane+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika