ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 21
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 21:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:10

Itanguriro 21:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:11
  • +It 17:21; 18:14; 2Bm 4:17; Rm 9:9

Itanguriro 21:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:19; Yos 24:3; Rm 9:7

Itanguriro 21:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:12; Lw 12:3; Lk 2:21; Yoh 7:22; Ivk 7:8

Itanguriro 21:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 18:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 14-15

Itanguriro 21:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 1:22

Itanguriro 21:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:4
  • +It 15:13; Ivk 7:6; Gl 4:29

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2001, rup. 18

Itanguriro 21:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:4; Yoh 8:35; Gl 4:30

Itanguriro 21:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro ya bose),

    no. 5 2017 rup. 15

Itanguriro 21:12

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “urubuto.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 17:19; Rm 9:7; Heb 11:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/4/2006, rup. 6-7

Itanguriro 21:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 4:22
  • +It 16:10; 17:20; 25:12

Itanguriro 21:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 119:60
  • +It 25:6
  • +It 22:19

Itanguriro 21:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 15:22; 17:3; Zb 63:1
  • +Mt 15:30

Itanguriro 21:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Est 8:6; Yes 49:15
  • +Zk 12:10; Lk 7:13

Itanguriro 21:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:11; Zb 22:24; 68:5; 146:9
  • +It 16:7

Itanguriro 21:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 1:29

Itanguriro 21:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 6:17

Itanguriro 21:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 16:16; 21:5
  • +It 27:3

Itanguriro 21:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 10:12

Itanguriro 21:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 20:17; 26:28; Rm 8:31; 1Kr 14:25

Itanguriro 21:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:13
  • +Yos 2:12; 1Sm 20:42; Yr 4:2
  • +It 24:14
  • +It 20:15; 26:3

Itanguriro 21:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 14:22; Heb 6:16

Itanguriro 21:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:15, 20; Kv 2:17

Itanguriro 21:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 7:11

Itanguriro 21:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 33:11; Img 17:8
  • +It 26:28; 1Sm 18:3; Gl 3:15

Itanguriro 21:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 31:52

Itanguriro 21:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:33

Itanguriro 21:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 26:28
  • +It 10:14; 26:1; Kv 13:17

Itanguriro 21:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 12:8; 26:25
  • +Zb 90:2; Yes 40:28; Yr 10:10; 1Tm 1:17

Itanguriro 21:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 11:9

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 21:1It 18:10
Ita. 21:2Heb 11:11
Ita. 21:2It 17:21; 18:14; 2Bm 4:17; Rm 9:9
Ita. 21:3It 17:19; Yos 24:3; Rm 9:7
Ita. 21:4It 17:12; Lw 12:3; Lk 2:21; Yoh 7:22; Ivk 7:8
Ita. 21:6It 18:12
Ita. 21:81Sm 1:22
Ita. 21:9It 16:4
Ita. 21:9It 15:13; Ivk 7:6; Gl 4:29
Ita. 21:10It 15:4; Yoh 8:35; Gl 4:30
Ita. 21:11It 17:18
Ita. 21:12It 17:19; Rm 9:7; Heb 11:18
Ita. 21:13Gl 4:22
Ita. 21:13It 16:10; 17:20; 25:12
Ita. 21:14Zb 119:60
Ita. 21:14It 25:6
Ita. 21:14It 22:19
Ita. 21:15Kv 15:22; 17:3; Zb 63:1
Ita. 21:15Mt 15:30
Ita. 21:16Est 8:6; Yes 49:15
Ita. 21:16Zk 12:10; Lk 7:13
Ita. 21:17It 16:11; Zb 22:24; 68:5; 146:9
Ita. 21:17It 16:7
Ita. 21:181Ng 1:29
Ita. 21:192Bm 6:17
Ita. 21:20It 16:16; 21:5
Ita. 21:20It 27:3
Ita. 21:21Gh 10:12
Ita. 21:22It 20:17; 26:28; Rm 8:31; 1Kr 14:25
Ita. 21:23Gus 6:13
Ita. 21:23Yos 2:12; 1Sm 20:42; Yr 4:2
Ita. 21:23It 24:14
Ita. 21:23It 20:15; 26:3
Ita. 21:24It 14:22; Heb 6:16
Ita. 21:25It 26:15, 20; Kv 2:17
Ita. 21:262Kr 7:11
Ita. 21:27It 33:11; Img 17:8
Ita. 21:27It 26:28; 1Sm 18:3; Gl 3:15
Ita. 21:30It 31:52
Ita. 21:31It 26:33
Ita. 21:32It 26:28
Ita. 21:32It 10:14; 26:1; Kv 13:17
Ita. 21:33It 12:8; 26:25
Ita. 21:33Zb 90:2; Yes 40:28; Yr 10:10; 1Tm 1:17
Ita. 21:34Heb 11:9
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 21:1-34

Itanguriro

21 Nuko Yehova yitaho Sara nk’uko yari yaravuze, maze Yehova agirira Sara nk’uko yari yaravuze+. 2 Sara aribungenga+, araheza avyarira umuhungu Aburahamu mu busaza bwiwe kuri ca gihe cashinzwe Imana yari yaramubwiye+. 3 Nuko rero Aburahamu yita Izahaki+ umuhungu wiwe yari yavyariwe, uwo Sara yari yamuvyariye. 4 Maze Aburahamu agenyera Izahaki umuhungu wiwe amaze imisi umunani, nk’uko Imana yari yaramutegetse+. 5 Aburahamu yari afise imyaka ijana igihe yavyarirwa Izahaki umuhungu wiwe. 6 Maze Sara avuga ati: “Imana yanteguriye agatwengo: uwuzovyumva wese azontwenga+.” 7 Kandi yongerako ati: “Ni nde yobwiye Aburahamu ati: ‘Sara azokwonsa abana ata kabuza?’ Yamara jewe nibarutse umuhungu mu busaza bwiwe.”

8 Nya mwana aguma akura, barahava baramucutsa+; maze Aburahamu ategura inzimano ihambaye ku musi wo gucutsa Izahaki. 9 Kandi Sara yaguma abona umuhungu wa Hagari Umunyamisirikazi+, uwo yari yaravyariye Aburahamu, ashinyagura+. 10 Atangura rero kubwira Aburahamu ati: “Irukana uyu mushumbakazi n’umuhungu wiwe, kuko umuhungu w’uyu mushumbakazi atazoba samuragwa kumwe n’umuhungu wanje, kumwe na Izahaki+!” 11 Mugabo ico kintu kibabaza cane Aburahamu ku bijanye n’umuhungu wiwe+. 12 Maze Imana ibwira Aburahamu iti: “Ntureke ngo hagire ikintu na kimwe Sara aguma akubwira kikubabaza ku vyerekeye uwo muhungu no ku vyerekeye umushumbakazi wawe. Umviriza ijwi ryiwe, kuko ikizokwitwa uruvyaro* rwawe kizoboneka biciye kuri Izahaki+. 13 Nayo uwo muhungu w’uwo mushumbakazi+, na we nyene nzomugira ihanga, kuko ari uruvyaro rwawe+.”

14 Aburahamu avyuka kare mu gitondo, afata umukate n’umukuza w’urushato w’amazi abiha Hagari+ mu kubishira ku rutugu rwiwe, amuha na nya mwana+, araheza aramurungika. Nuko Hagari aragenda, ayerera mu gahinga ka Beyeri-sheba+. 15 Amaherezo amazi arahera+ muri nya mukuza w’urushato, hanyuma ata+ nya mwana munsi ya kimwe mu bisaka vyaho. 16 Maze arabandanya, yicara ukwiwe, nk’ahoraswa n’umuheto, kuko yavuga ati: “Sindabibone umwana niyapfa+.” Nuko yicara nka hariya, ashira ijwi hejuru ararira+.

17 Maze Imana yumva ijwi rya nya muhungu+, hanyuma umumarayika w’Imana ahamagara Hagari ari mu majuru, amubwira+ ati: “Ni amaki ga Hagari? Ntutinye, kuko Imana yumvirije ijwi ry’uriya muhungu, hariya ari. 18 Haguruka, ukure hasi uwo muhungu umufate n’ukuboko kwawe, kuko nzomugira ihanga rikomeye+.” 19 Maze Imana ihumura amaso yiwe, araheza abona iriba ry’amazi+; nuko aragenda atangura kwuzuza nya mukuza w’urushato amazi no guha nya muhungu utwo kunywa. 20 Nuko Imana ibandanya kubana na nya muhungu+, na we abandanya gukura no kuba mu gahinga; acika umurashi+. 21 Aba mu gahinga ka Parani+, maze nyina amuronkera umugore wo mu gihugu ca Misiri.

22 Nuko ico gihe, Abimeleki ari kumwe na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe, abwira Aburahamu ati: “Imana iri kumwe nawe mu kintu cose ukora+. 23 Ubu rero, ndahira Imana+ ng’aha yuko utazoduhemukira twe n’uruvyaro rwanje n’abazorukomokako+; yuko, nk’uko nakugiriye urukundo rudahemuka+, ari ko uzotugirira twe n’igihugu ubayemwo uri kavamahanga+.” 24 Nuko Aburahamu avuga ati: “Ndarahira+.”

25 Aburahamu akariye Abimeleki ku bijanye n’iriba ry’amazi abasuku ba Abimeleki bari banyaze ku nguvu+, 26 Abimeleki aca avuga ati: “Sinzi uwakoze ico kintu, eka nawe ubwawe ntiwabimbwiye, kandi nanje ubwanje sinari bwavyumve atari uno musi+.” 27 Nuko Aburahamu afata intama n’inka abiha Abimeleki+, maze bompi bagirana isezerano+. 28 Aburahamu ashize imyagazi y’intama y’amashashi indwi yo mu mukuku ukwa yonyene, 29 Abimeleki yongera kubwira Aburahamu ati: “Aha iyi myagazi y’intama y’amashashi indwi washize ukwa yonyene isobanura iki?” 30 Maze avuga ati: “Wakire mu kuboko kwanje iyo myagazi y’intama y’amashashi indwi, kugira bimbere icabona+ yuko nimvye iri riba.” 31 Ni co catumye yita aho hantu Beyeri-sheba+, kuko aho ari ho bompi barahiriye indahiro. 32 Nuko bapfundika isezerano+ i Beyeri-sheba; maze Abimeleki ahagurukana na Fikoli umukuru w’ingabo ziwe basubira mu gihugu c’Abafilisitiya+. 33 Inyuma y’ivyo atera igiti c’umukwaju i Beyeri-sheba maze ahambariza izina rya Yehova+, Imana yamaho ibihe bidahera+. 34 Nuko Aburahamu abandanya kuba mu gihugu c’Abafilisitiya imisi myinshi ari kavamahanga+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika