-
Itanguriro 24:14Bibiliya y’isi nshasha
-
-
14 Ibi ni vyo biri bushike: umwigeme nza kubwira nti: ‘Ndakwinginze wururutse umubindi wawe w’amazi kugira nywe,’ maze akavuga koko ati: ‘Nunywe, kandi ndanavomera n’ingamiya zawe,’ uwo ni we uri bugenere umusavyi wawe+ Izahaki; kandi biciye kuri ivyo umenyeshe yuko wagiriye urukundo rudahemuka databuja+.”
-