Gusubira mu vyagezwe 5:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze muvuga muti: ‘Ehe Yehova Imana yacu yatweretse ubuninahazwa bwiwe n’ubukuru bwiwe, kandi twumvise ijwi ryiwe riva hagati mu muriro+. Uyu musi turabonye yuko Imana ishobora kuvugana n’umuntu kandi vy’ukuri akabandanya kubaho+. Yohani 4:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Imana ni Impwemu+, kandi abayisenga bategerezwa kuyisenga mu mpwemu no mu kuri+.”
24 Maze muvuga muti: ‘Ehe Yehova Imana yacu yatweretse ubuninahazwa bwiwe n’ubukuru bwiwe, kandi twumvise ijwi ryiwe riva hagati mu muriro+. Uyu musi turabonye yuko Imana ishobora kuvugana n’umuntu kandi vy’ukuri akabandanya kubaho+.