ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yehova rero ni we Mpwemu+; kandi aho impwemu+ ya Yehova+ iri, ni ho haba umwidegemvyo+.

  • 1 Timoteyo 1:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe atabora+, ataboneka+, we Mana yonyene+, iteka n’ubuninahazwa bibe ivyiwe ibihe bitazoshira+. Amen.

  • Abaheburayo 11:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Kubera ukwizera yaravuye mu Misiri+, mugabo atari kubera ugutinya ishavu ry’umwami+, kuko yagumye ashikamye nk’aho abona Umwe ataboneka+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika