ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 10:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Yehova ni Umwami gushika igihe kitagira urugero, mbere ibihe bidahera+.

      Amahanga yayogeye mw’isi yiwe+.

  • Zaburi 29:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Yehova yicaye ku mwuzure+;

      Yehova avyagiye nk’umwami gushika igihe kitagira urugero+.

  • Daniyeli 6:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Hatanzwe itegeko rivuye imbere yanje+, yuko mu karere ako ari ko kose kaganzwa n’ubwami bwanje, abantu bakwiye kujugumira no gutinya imbere y’Imana ya Daniyeli+. Kuko ari yo Mana nzima, ari na Yo yamaho gushika ibihe bitagira urugero+; kandi ubwami bwayo+ ntibuzosenyurwa+, n’inganji yayo ni iy’ibihe bidahera+.

  • Ivyahishuwe 15:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kandi bariko baririmba ururirimbo rwa Musa+ wa mushumba w’Imana n’ururirimbo rwa wa Mwagazi w’intama+, bati:

      “Ibikorwa vyawe birakomeye kandi ni agatangaza+, Yehova Mana, Mushoboravyose+. Inzira zawe ziragororotse kandi ni iz’ukuri+, Mwami w’ibihe bidahera+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika