ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Timoteyo 1
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Timoteyo 1:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 1:1
  • +Gl 1:1
  • +Tt 1:3; Yud 25
  • +Kl 1:27

1 Timoteyo 1:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 16:1; Fp 2:19
  • +1Kr 4:17
  • +Heb 4:16; 2Yh 3

1 Timoteyo 1:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 20:1; Fp 2:24
  • +1Tm 4:11
  • +Gl 1:6; 2Yh 9

1 Timoteyo 1:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:7; 2Tm 4:4; Tt 1:14
  • +1Tm 6:20; 2Tm 2:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2011, rup. 17-18

1 Timoteyo 1:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 13:8; Gl 5:6
  • +Mt 5:8; 2Tm 2:22
  • +Ivk 23:1; 24:16; 1Tm 3:9; 1Pt 3:16
  • +Rm 12:9; 2Kr 6:6; Yak 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2015, rup. 8-9

1 Timoteyo 1:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 2:18
  • +1Tm 6:20

1 Timoteyo 1:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 3:1
  • +Rm 3:19

1 Timoteyo 1:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 7:12
  • +Rm 7:14; Heb 10:1

1 Timoteyo 1:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gl 3:19
  • +Rm 2:21
  • +2Tm 3:2

1 Timoteyo 1:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Canke, “ntungamagara.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 2:22
  • +Ivk 5:3; Rm 1:31
  • +Rm 2:23
  • +2Tm 1:13; Tt 1:9

1 Timoteyo 1:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 104:31
  • +Gl 2:7; Kl 1:25; 1Ts 2:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2009, rup. 16-17

    1/3/2007, rup. 17

1 Timoteyo 1:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Kr 4:2
  • +Ivk 9:15; 2Kr 3:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2019, rup. 31

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    7/2016, rup. 26

1 Timoteyo 1:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 8:3; Gl 1:13; Fp 3:6
  • +Ivk 9:1
  • +1Kr 7:25
  • +Ivk 3:17

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2005, rup. 26-27

1 Timoteyo 1:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Rm 5:20
  • +2Tm 1:13

1 Timoteyo 1:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 4:9
  • +Lk 5:32; 2Kr 5:19; 1Yh 2:2
  • +Ivk 9:1; 1Kr 15:9

1 Timoteyo 1:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Kr 4:1
  • +Yoh 6:40; 20:31
  • +Yud 21

1 Timoteyo 1:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 10:16; 29:10; Dn 6:26; Ivh 15:3
  • +Rm 1:23
  • +Yoh 1:18; Kl 1:15
  • +Gus 6:4; Yes 43:10; 1Kr 8:4
  • +Zb 90:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 12

1 Timoteyo 1:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 6:13
  • +Ivk 16:2
  • +2Tm 2:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi (Integuro y’ukwiga),

    9/2020, rup. 28-30

    Umunara w’Inderetsi,

    1/11/2015, rup. 14

    15/9/2008, rup. 30

    Nushinge intahe, rup. 121

1 Timoteyo 1:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Tm 1:5
  • +Heb 3:12; 2Pt 2:1
  • +1Tm 6:9; 2Pt 2:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/10/2007, rup. 12-15

    1/8/1999, rup. 15-16, 17-18

1 Timoteyo 1:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Tm 2:17
  • +2Tm 4:14
  • +1Kr 5:5, 13
  • +Img 11:9; Ivk 13:45

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Tim. 1:1Rm 1:1
1 Tim. 1:1Gl 1:1
1 Tim. 1:1Tt 1:3; Yud 25
1 Tim. 1:1Kl 1:27
1 Tim. 1:2Ivk 16:1; Fp 2:19
1 Tim. 1:21Kr 4:17
1 Tim. 1:2Heb 4:16; 2Yh 3
1 Tim. 1:3Ivk 20:1; Fp 2:24
1 Tim. 1:31Tm 4:11
1 Tim. 1:3Gl 1:6; 2Yh 9
1 Tim. 1:41Tm 4:7; 2Tm 4:4; Tt 1:14
1 Tim. 1:41Tm 6:20; 2Tm 2:14
1 Tim. 1:5Rm 13:8; Gl 5:6
1 Tim. 1:5Mt 5:8; 2Tm 2:22
1 Tim. 1:5Ivk 23:1; 24:16; 1Tm 3:9; 1Pt 3:16
1 Tim. 1:5Rm 12:9; 2Kr 6:6; Yak 3:17
1 Tim. 1:62Tm 2:18
1 Tim. 1:61Tm 6:20
1 Tim. 1:7Yak 3:1
1 Tim. 1:7Rm 3:19
1 Tim. 1:8Rm 7:12
1 Tim. 1:8Rm 7:14; Heb 10:1
1 Tim. 1:9Gl 3:19
1 Tim. 1:9Rm 2:21
1 Tim. 1:92Tm 3:2
1 Tim. 1:10Rm 2:22
1 Tim. 1:10Ivk 5:3; Rm 1:31
1 Tim. 1:10Rm 2:23
1 Tim. 1:102Tm 1:13; Tt 1:9
1 Tim. 1:11Zb 104:31
1 Tim. 1:11Gl 2:7; Kl 1:25; 1Ts 2:4
1 Tim. 1:121Kr 4:2
1 Tim. 1:12Ivk 9:15; 2Kr 3:6
1 Tim. 1:13Ivk 8:3; Gl 1:13; Fp 3:6
1 Tim. 1:13Ivk 9:1
1 Tim. 1:131Kr 7:25
1 Tim. 1:13Ivk 3:17
1 Tim. 1:14Rm 5:20
1 Tim. 1:142Tm 1:13
1 Tim. 1:151Tm 4:9
1 Tim. 1:15Lk 5:32; 2Kr 5:19; 1Yh 2:2
1 Tim. 1:15Ivk 9:1; 1Kr 15:9
1 Tim. 1:162Kr 4:1
1 Tim. 1:16Yoh 6:40; 20:31
1 Tim. 1:16Yud 21
1 Tim. 1:17Zb 10:16; 29:10; Dn 6:26; Ivh 15:3
1 Tim. 1:17Rm 1:23
1 Tim. 1:17Yoh 1:18; Kl 1:15
1 Tim. 1:17Gus 6:4; Yes 43:10; 1Kr 8:4
1 Tim. 1:17Zb 90:2
1 Tim. 1:181Tm 6:13
1 Tim. 1:18Ivk 16:2
1 Tim. 1:182Tm 2:3
1 Tim. 1:191Tm 1:5
1 Tim. 1:19Heb 3:12; 2Pt 2:1
1 Tim. 1:191Tm 6:9; 2Pt 2:1
1 Tim. 1:202Tm 2:17
1 Tim. 1:202Tm 4:14
1 Tim. 1:201Kr 5:5, 13
1 Tim. 1:20Img 11:9; Ivk 13:45
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
1 Timoteyo 1:1-20

1 Timoteyo

1 Jewe Paulo, intumwa+ ya Kristu Yezu kw’itegeko ry’Imana+ Umukiza wacu+ n’irya Kristu Yezu, we cizigiro cacu+, 2 ndakwandikiye wewe Timoteyo+, umwana wanje+ nyakuri mu kwizera:

Habe ubuntu ata wari abukwiriye, imbabazi, amahoro biva ku Mana ari yo Data no kuri Kristu Yezu Umukama wacu+.

3 Nk’uko nakuremesheje kuguma i Efeso igihe nagira nje i Makedoniya+, n’ubu ni ko ngize, ngo utegeke+ bamwebamwe kutigisha izindi nyigisho+, 4 no kutumviriza inkuru z’ikinyoma+ be n’ivy’amamuko, ata co bivamwo+, mugabo bigatanga ibibazo vyo kugirira ubushakashatsi aho kuvamwo itangwa ry’ikintu cose kiva ku Mana mu bijanye n’ukwizera. 5 Mu vy’ukuri intumbero y’iryo bwirizwa ni urukundo+ ruva ku mutima udahumanye+ no kw’ijwi ryo mu mutima ryiza+ be no ku kwizera kutagira ubwiyorobetsi+. 6 Bamwebamwe bataye ivyo bintu barakevya+ baja ku biyago bitagira mvura+, 7 bagashaka kuba abigisha+ b’itegeko+, mugabo badatahura ivyo bavuga canke ivyo bemeza bashimitse.

8 Turazi rero yuko Itegeko ari ryiza+, iyo umuntu arikoresheje ku mategeko+ 9 azi iki kintu: yuko itegeko ridashirirwaho umuntu w’umugororotsi, ahubwo ko rishirirwaho abantu b’abagarariji+ kandi b’ibigaba+, abatibanga Imana n’abacumuzi, badafise ubuntu bwuzuye urukundo+, batubaha ibintu vyeranda, abica ba se na ba nyina, n’abica abandi bantu, 10 abasambanyi+, abagabo baryamana n’ab’igitsina-gabo, abanyuruji, ababeshi, abarahira indahiro z’ikinyoma+, n’ibindi bintu vyose birwanya+ ya nyigisho ngirakamaro*+ 11 nk’uko inkuru nziza y’ubuninahazwa ya ya Mana ihimbawe+ iri, iyo najejwe+.

12 Ndashimira Kristu Yezu Umukama wacu, uwampaye ububasha, kuko yamfashe nk’umwizigirwa+ mu kunshinga ubusuku+, 13 naho kera nari umurogosi, uwuhamana+, nkaba n’umuntu atisonera+. Yamara rero, naragiriwe imbabazi+, kuko nari mu kutamenya+ kandi ngakorana ukutizera. 14 Mugabo ubuntu ata wari abukwiriye bw’Umukama wacu bwaragwiriye cane+ hamwe n’ukwizera n’urukundo rujanye na Kristu Yezu+. 15 Ijambo+ ry’uko Kristu Yezu yaje mw’isi gukiza abacumuzi+ ni iryo kwizigirwa kandi rikwiye kwemerwa rwose. Muri abo jewe ndi agahebuza+. 16 Yamara rero, icatumye ngirirwa imbabazi+ kwari ukugira ngo, biciye kuri jewe gahebuza, Kristu Yezu yerekane ukwiyumanganya kwiwe kwose bwa karorero k’abazoshingira ukwizera kwabo+ kuri we kugira baronke ubuzima budahera+.

17 Wa Mwami w’ibihe bidahera+ rero, umwe atabora+, ataboneka+, we Mana yonyene+, iteka n’ubuninahazwa bibe ivyiwe ibihe bitazoshira+. Amen.

18 Iryo bwirizwa+ ndarikujeje, mwananje Timoteyo, nk’uko ivyavuzwe imbere y’igihe+ vyari vyerekeje kuri wewe bidakikiriza, kugira ngo bigufashe kubandanya urwana intambara nziza+; 19 ukagumana ukwizera n’ijwi ryo mu mutima ryiza+, iryo bamwe bashibuye+ bagashikirwa n’ugusāba nk’imeri mu bijanye n’ukwizera kwabo+. 20 Himenayo+ na Alegizandere+ bari muri abo, kandi abo narabahereje Shetani+ kugira ngo bigishwe kutarogota biciye ku gutozwa indero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika