1 Abakorinto 7:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Nayo ku vy’abigeme b’isugi, nta tegeko mfise riva ku Mukama, mugabo ndatanga iciyumviro canje+ nk’uwagiriwe imbabazi n’Umukama+ ngo abe umwizigirwa+.
25 Nayo ku vy’abigeme b’isugi, nta tegeko mfise riva ku Mukama, mugabo ndatanga iciyumviro canje+ nk’uwagiriwe imbabazi n’Umukama+ ngo abe umwizigirwa+.