Ivyakozwe 23:1 Bibiliya y’isi nshasha 23 Paulo ashinga ijisho Inama Nkuru, avuga ati: “Bagabo, bene wacu, nagendeye imbere y’Imana mfise ijwi ryo mu mutima ritanyagiriza ikibi na gato+ gushika uno musi.” Ivyakozwe 24:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu. 1 Timoteyo 3:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 bagumya ibanga ryeranda+ ry’ukwizera bari n’ijwi ryo mu mutima ridahumanye+. 1 Petero 3:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+.
23 Paulo ashinga ijisho Inama Nkuru, avuga ati: “Bagabo, bene wacu, nagendeye imbere y’Imana mfise ijwi ryo mu mutima ritanyagiriza ikibi na gato+ gushika uno musi.”
16 Muri ivyo koko ni ho ndiko nihata ubudahengeshanya ngo ngire ijwi ryo mu mutima+ rimbwira ko ata kibi ndiko nkorera Imana n’abantu.
16 Mugire ijwi ryo mu mutima ryiza+, kugira ngo mu kintu nyene muvugwamwo nabi, abatyoza ingeso nziza zanyu mu bijanye na Kristu+ bamaramare+.