1 Timoteyo 1:9 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 9 atahura yuko atashiriweho abakora ibigororotse, ahubwo ko yashiriweho abantu batubaha amategeko+ kandi b’abagarariji, abatubaha Imana kandi b’abacumuzi, abantu b’ibihemu* kandi batubaha ibintu vyeranda, abica ba se na ba nyina, abica abandi bantu,
9 atahura yuko atashiriweho abakora ibigororotse, ahubwo ko yashiriweho abantu batubaha amategeko+ kandi b’abagarariji, abatubaha Imana kandi b’abacumuzi, abantu b’ibihemu* kandi batubaha ibintu vyeranda, abica ba se na ba nyina, abica abandi bantu,