Abagalatiya 1:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ndatangazwa n’ingene muriko mukurwa ningoga gutyo kuri Umwe+ yabahamagaza ubuntu ata wari abukwiriye bwa Kristu+, mukaja ku nkuru nziza y’ubundi bwoko+. 2 Yohani 9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Umuntu wese yita imbere+ ntagume+ mu nyigisho ya Kristu, ntafise Imana+. Uwuguma koko muri iyo nyigisho ni we afise Data n’Umwana+.
6 Ndatangazwa n’ingene muriko mukurwa ningoga gutyo kuri Umwe+ yabahamagaza ubuntu ata wari abukwiriye bwa Kristu+, mukaja ku nkuru nziza y’ubundi bwoko+.
9 Umuntu wese yita imbere+ ntagume+ mu nyigisho ya Kristu, ntafise Imana+. Uwuguma koko muri iyo nyigisho ni we afise Data n’Umwana+.