1 Yohani 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Ni nde ari umubeshi atari uwuhakana ko Yezu ari we Kristu+? Uyo ni we antikristu+, uwuhakana Data n’Umwana+.
22 Ni nde ari umubeshi atari uwuhakana ko Yezu ari we Kristu+? Uyo ni we antikristu+, uwuhakana Data n’Umwana+.