ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 22:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Aburahamu na we ati: “Imana ubwayo iraza gutanga intama y’ishikanwa riturirwa+, mwananje.” Nuko bompi babandanya urugendo.

  • Yohani 1:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Bukeye abona Yezu aza amugana, avuga ati: “Raba, Umwagazi w’intama+ w’Imana ukuraho igicumuro+ c’isi+!

  • 1 Abakorinto 5:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Nimukureho umwambiro ushaje+, kugira mube irobe rishasha, nk’uko mutagiramwo umwambiro. Kuko vy’ukuri, Kristu+ we pasika*+ yacu yaratanzweko ikimazi+.

  • Ivyahishuwe 5:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Maze mbona hagati ya ya ntebe+ no hagati ya vya binyabuzima bine no hagati ya ba bakurambere+ hahagaze umwagazi w’intama+ nk’aho wari warishwe+, ufise amahembe indwi n’amaso indwi, ayo maso akaba agereranya za mpwemu+ indwi z’Imana zatumwe mw’isi yose.

  • Ivyahishuwe 7:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Kandi baguma basemerera n’ijwi rirenga, bati: “Ubukiriro tubukesha Imana yacu+ yicaye kuri irya ntebe y’ubwami+, be n’urya Mwagazi w’intama+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika