Yohani 6:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Ni jewe mukate muzima wamanutse uva mw’ijuru; nihagira uwurya kuri uwo mukate azobaho ibihe vyose; kandi vy’ukuri, umukate nzotanga ni umubiri wanje+ kugira ngo isi ironke ubuzima+.” 1 Yohani 2:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+. 1 Yohani 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Vyongeye, ubwacu twarabonye+ tukaba kandi turiko turashinga intahe+ yuko Data yatumye Umwana wiwe ngo abe Umukiza w’isi+.
51 Ni jewe mukate muzima wamanutse uva mw’ijuru; nihagira uwurya kuri uwo mukate azobaho ibihe vyose; kandi vy’ukuri, umukate nzotanga ni umubiri wanje+ kugira ngo isi ironke ubuzima+.”
2 Kandi uyo ni ikimazi+ c’impongano+ ku bw’ibicumuro vyacu+, yamara atari ku bw’ivyacu+ gusa ahubwo kandi ku bw’ivy’isi yose+.
14 Vyongeye, ubwacu twarabonye+ tukaba kandi turiko turashinga intahe+ yuko Data yatumye Umwana wiwe ngo abe Umukiza w’isi+.