Yakobo 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kubera ko yabigomvye+, yaratuvyarishije ijambo ry’ukuri+, kugira ngo tube umushuzo+ kanaka w’ibiremwa vyiwe. Ivyahishuwe 14:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama,
18 Kubera ko yabigomvye+, yaratuvyarishije ijambo ry’ukuri+, kugira ngo tube umushuzo+ kanaka w’ibiremwa vyiwe.
4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama,