ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abakorinto 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kuko ndi n’ishari ku bwanyu, ishari riva ku Mana+, kuko ubwanje nasezeranye kubashingira ku mugabo umwe+ kugira ndabashikirize Kristu+ muri umwigeme w’isugi atanduye+.

  • Yakobo 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 Yemwe bagore murenga ibigo+, ntimuzi yuko kugiranira ubugenzi n’isi ari ukwankana n’Imana+? Uwo wese rero ashaka kuba umugenzi+ w’isi aba ariko yigira umwansi w’Imana+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika