ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 14
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Ivyahishuwe 14:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yoh 1:29; Ivh 5:6; 22:3
  • +Zb 2:6; Heb 12:22; 1Pt 2:6
  • +Ivh 7:4
  • +Ivh 3:12

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 31

    Umunara w’Inderetsi,

    15/7/2006, rup. 5

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 198-200

Ivyahishuwe 14:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 1:15
  • +2Ng 5:12; Ivh 5:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 200

Ivyahishuwe 14:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 6:31
  • +Zb 33:3; 98:1; 149:1; Ivh 5:9
  • +Ivh 4:6
  • +Ivh 4:4; 19:4
  • +Ivh 7:4; 14:1
  • +1Kr 6:20

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 31

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 200-201, 202-203

Ivyahishuwe 14:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yak 1:27
  • +2Kr 11:2; Yak 4:4
  • +1Pt 2:21
  • +1Kr 7:23; Ivh 5:9
  • +Kv 23:16; Lw 23:15; Yak 1:18

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 24

    1/1/2007, rup. 22

    15/2/2006, rup. 19-20

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 201-203

Ivyahishuwe 14:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 14:5; Ivh 21:27
  • +Ef 5:27; Yud 24

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 24

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 201-202

Ivyahishuwe 14:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:11; Ivh 8:13; 19:17
  • +Mt 24:14; Mr 13:10
  • +Ivk 1:8; Kl 1:23

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 5

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 19

    15/12/2004, rup. 18-19

    1/12/1999, rup. 21-22

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 203-205, 313

    Umwigisha, rup. 65

Ivyahishuwe 14:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 8:13; Mt 10:28
  • +Zb 19:1; Rm 11:36; Yud 25; Ivh 4:9
  • +1Pt 4:17; 2Pt 2:9
  • +Kv 20:11; Zb 124:8; 146:6
  • +Ivk 14:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/1/2007, rup. 19

    1/10/2005, rup. 23-25

    1/12/1999, rup. 22

    1/7/1998, rup. 11

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 203-205

    Mwame mugavye!, rup. 12-14

    Umwigisha, rup. 65

    Ishure ry’Ubusuku, rup. 272-275

Ivyahishuwe 14:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 17:18; 18:2
  • +Yes 21:9; Yr 51:8; Ivh 18:21
  • +Yr 51:7
  • +Ivh 17:2; 18:3

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 205-209, 244-245

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 24

    Bibiliya (bi12), rup. 1939, 1947-1948

Ivyahishuwe 14:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 13:1
  • +Ivh 13:15
  • +Ivh 13:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 209-210

    Umunara w’Inderetsi,

    1/10/2005, rup. 24-25

Ivyahishuwe 14:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 75:8; Ivh 11:18; 16:19
  • +Ivh 20:10
  • +Ivh 21:8

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 209-211

Ivyahishuwe 14:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 25:46; 2Ts 1:9; Ivh 19:3
  • +Ivh 13:16; 16:2; 20:4

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 210-211

Ivyahishuwe 14:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 13:10
  • +Ums 12:13; Ivh 1:3
  • +Heb 10:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 210-211

Ivyahishuwe 14:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kl 3:3
  • +Rm 6:3; 1Kr 15:51
  • +1Ts 4:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 211

Ivyahishuwe 14:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Dn 7:13; Mt 25:31; Ivk 1:11; Ivh 1:7
  • +Zb 21:3; Ivh 6:2

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 88-89

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 26-27

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 211

Ivyahishuwe 14:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mr 4:29
  • +Mt 13:39
  • +Yw 3:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 88-89

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 26-27

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 211-212

Ivyahishuwe 14:16

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Ubwami bw’Imana buraganza!, rup. 88

    Umunara w’Inderetsi,

    15/9/2010, rup. 26-27

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 211-212

Ivyahishuwe 14:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 11:19

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 212

Ivyahishuwe 14:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivh 20:9
  • +Gus 32:32

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/2/2009, rup. 4

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 212

Ivyahishuwe 14:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Mt 13:39; Ivh 9:11
  • +Yr 12:10
  • +Ivh 19:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 212-213, 214-215

Ivyahishuwe 14:20

Utujambo tw'epfo

  • *

    Nk’ibilometero 296. Sitadiyo yari ingero ya kera y’uburebure y’Abagiriki, ireha n’imetero 185.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Heb 13:12; Ivh 22:15
  • +Img 21:31
  • +Yr 25:33

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Insozero y’Ivyahishuwe, rup. 212-214

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ivyah. 14:1Yoh 1:29; Ivh 5:6; 22:3
Ivyah. 14:1Zb 2:6; Heb 12:22; 1Pt 2:6
Ivyah. 14:1Ivh 7:4
Ivyah. 14:1Ivh 3:12
Ivyah. 14:2Ivh 1:15
Ivyah. 14:22Ng 5:12; Ivh 5:8
Ivyah. 14:31Ng 6:31
Ivyah. 14:3Zb 33:3; 98:1; 149:1; Ivh 5:9
Ivyah. 14:3Ivh 4:6
Ivyah. 14:3Ivh 4:4; 19:4
Ivyah. 14:3Ivh 7:4; 14:1
Ivyah. 14:31Kr 6:20
Ivyah. 14:4Yak 1:27
Ivyah. 14:42Kr 11:2; Yak 4:4
Ivyah. 14:41Pt 2:21
Ivyah. 14:41Kr 7:23; Ivh 5:9
Ivyah. 14:4Kv 23:16; Lw 23:15; Yak 1:18
Ivyah. 14:5Img 14:5; Ivh 21:27
Ivyah. 14:5Ef 5:27; Yud 24
Ivyah. 14:6Gus 4:11; Ivh 8:13; 19:17
Ivyah. 14:6Mt 24:14; Mr 13:10
Ivyah. 14:6Ivk 1:8; Kl 1:23
Ivyah. 14:7Img 8:13; Mt 10:28
Ivyah. 14:7Zb 19:1; Rm 11:36; Yud 25; Ivh 4:9
Ivyah. 14:71Pt 4:17; 2Pt 2:9
Ivyah. 14:7Kv 20:11; Zb 124:8; 146:6
Ivyah. 14:7Ivk 14:15
Ivyah. 14:8Ivh 17:18; 18:2
Ivyah. 14:8Yes 21:9; Yr 51:8; Ivh 18:21
Ivyah. 14:8Yr 51:7
Ivyah. 14:8Ivh 17:2; 18:3
Ivyah. 14:9Ivh 13:1
Ivyah. 14:9Ivh 13:15
Ivyah. 14:9Ivh 13:16
Ivyah. 14:10Zb 75:8; Ivh 11:18; 16:19
Ivyah. 14:10Ivh 20:10
Ivyah. 14:10Ivh 21:8
Ivyah. 14:11Mt 25:46; 2Ts 1:9; Ivh 19:3
Ivyah. 14:11Ivh 13:16; 16:2; 20:4
Ivyah. 14:12Ivh 13:10
Ivyah. 14:12Ums 12:13; Ivh 1:3
Ivyah. 14:12Heb 10:38
Ivyah. 14:13Kl 3:3
Ivyah. 14:13Rm 6:3; 1Kr 15:51
Ivyah. 14:131Ts 4:16
Ivyah. 14:14Dn 7:13; Mt 25:31; Ivk 1:11; Ivh 1:7
Ivyah. 14:14Zb 21:3; Ivh 6:2
Ivyah. 14:15Mr 4:29
Ivyah. 14:15Mt 13:39
Ivyah. 14:15Yw 3:13
Ivyah. 14:17Ivh 11:19
Ivyah. 14:18Ivh 20:9
Ivyah. 14:18Gus 32:32
Ivyah. 14:19Mt 13:39; Ivh 9:11
Ivyah. 14:19Yr 12:10
Ivyah. 14:19Ivh 19:15
Ivyah. 14:20Heb 13:12; Ivh 22:15
Ivyah. 14:20Img 21:31
Ivyah. 14:20Yr 25:33
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
Bibiliya y’isi nshasha
Ivyahishuwe 14:1-20

Ivyahishuwe

14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo. 2 Maze numva ijwi riva mw’ijuru, nk’ijwi ry’amazi+ menshi, kandi nk’ijwi ry’umuturagaro ukomeye; kandi ijwi numvise ryari nk’iry’abaririmvyi bajanisha amajwi yabo n’inanga+, bavuza inanga zabo. 3 Kandi bariko baririmba+ nk’aho baririmba ururirimbo rushasha+ imbere ya ya ntebe y’ubwami n’imbere ya vya binyabuzima bine+ na ba bakurambere+; kandi nta n’umwe yashoboye kwiga urwo ruririmbo ngo arumenye neza atari vya bihumbi ijana na mirongo ine na bine+, baguzwe+ bakuwe mw’isi. 4 Abo ni bo batihumanishije abagore+; nkako, ni amasugi+. Abo ni bo baguma bakurikira wa Mwagazi w’intama aho aja hose+. Abo baguzwe+ bakuwe mu bantu ngo babe umushuzo+ ku Mana no kuri wa Mwagazi w’intama, 5 kandi nta kinyoma cabonetse mu minwa yabo+; ntibagirako ikirabagu+.

6 Maze mbona uwundi mumarayika aguruka hagati mu kirere+, kandi yari afise inkuru nziza+ y’ibihe bidahera yo gutangaza nk’amakuru y’akamwemwe ku baba kw’isi, no kw’ihanga ryose n’umuryango wose n’ururimi rwose n’igisata cose+, 7 avuga n’ijwi rirenga ati: “Nimutinye Imana+ kandi muyihe ubuninahazwa+, kuko isaha y’urubanza rwayo ishitse+; ku bw’ico rero nimusenge Uwaremye+ ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasôko y’amazi+.”

8 Maze uwundi, umumarayika wa kabiri, arakurikira, avuga ati: “Yatemvye! Babiloni+ Akomeye yatemvye+, umwe yatuma amahanga yose anywa ku muvinyu+ w’ishavu ry’ubusambanyi bwiwe+!”

9 Maze uwundi mumarayika, uwa gatatu, arabakurikira, avuga mw’ijwi rirenga ati: “Nihagira uwusenga ca gikoko+ be n’ishusho yaco+, kandi akaronka ikimenyetso ku ruhanga rwiwe canke ku kuboko kwiwe+, 10 azonywa kandi ku muvinyu w’ishavu ry’Imana risutswe mu gikombe c’uburake bwayo+ ritavanze, kandi azobabazwa+ hakoreshejwe umuriro n’amazuku+ mu maso y’abamarayika beranda no mu maso ya wa Mwagazi w’intama. 11 Kandi umwotsi w’ukubabazwa kwabo uduga ibihe bitazoshira+, kandi ku murango no mw’ijoro nta gahengwe bagira, abasenga ca gikoko n’ishusho yaco, n’uwo wese yakiriye ikimenyetso+ c’izina ryaco. 12 Aho ni ho hakenewe ukwihangana ku beranda+, abubahiriza amabwirizwa y’Imana+ n’ukwizera+ kwa Yezu.”

13 Maze numva ijwi rivuye mw’ijuru rivuga riti: “Andika: Hahiriwe abapfuye+ bapfira mu bumwe n’Umukama+ guhera ubu+. Egome, ni ko impwemu ivuga, nibaruhuke ukubira akuya kwabo, kuko ivyo bakoze bica bijana na bo.”

14 Hanyuma ngize ntya, mbona igicu cera, kandi kuri nya gicu hari hicaye umuntu ameze nk’umwana w’umuntu+, ari n’urugori rw’inzahabu+ ku mutwe wiwe n’agakero gakarishe mu kuboko kwiwe.

15 Maze uwundi mumarayika asokoroka aheranda h’urusengero, asemerera n’ijwi rirenga abwira umwe yicaye ku gicu ati: “Rungika agakero kawe ushwabure+, kuko isaha yo gushwabura ishitse, kuko ivyimburwa+ vy’isi vyeze neza+.” 16 Buno umwe yicaye ku gicu atuma agakero kiwe kw’isi, isi irashwaburwa.

17 Uwundi mumarayika asokoroka aheranda h’urusengero ho mw’ijuru+, na we nyene afise agakero gakarishe.

18 Uwundi mumarayika asokoroka mu gicaniro, kandi yari afise ububasha ku muriro+. Asemerera n’ijwi rirenga abwira wa wundi yari afise agakero gakarishe, ati: “Rungika agakero kawe gakarishe wegeranye imisoko y’umuzabibu w’isi+, kuko inzabibu zawo zihiye.” 19 Nya mumarayika+ atuma agakero kiwe mw’isi yegeranya umuzabibu+ w’isi, araheza awuterera mu ruganiro rw’umuvinyu runini rw’ishavu ry’Imana+. 20 Maze nya ruganiro rw’umuvinyu ruganishirizwamwo ibirenge inyuma y’igisagara+, amaraso ava muri nya ruganiro, araduga gushika ku mijiginya y’amafarasi+, ahantu h’uburebure bwa sitadiyo igihumbi n’amajana atandatu*+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika