ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Ivyahishuwe 17:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 uwo abami b’isi bakoranye na we ubusambanyi+, ababa kw’isi na bo bakaborezwa umuvinyu w’ubusambanyi bwiwe+.”

  • Ivyahishuwe 18:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Kuko amahanga yose yaguye mu mutego kubera umuvinyu w’ishavu ry’ubusambanyi bwiwe+, kandi abami b’isi bakoranye na we ubusambanyi+, kandi abadandaza b’ingenzi+ bo kw’isi batungishijwe n’ububasha bw’ibihinda vyiwe vy’agaterasoni+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika