Ivyahishuwe 20:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze barasogeza ku bwaguke bw’isi, bakikuza ikambi y’aberanda+ na ca gisagara gikundwa+. Mugabo umuriro uramanuka uvuye mw’ijuru, urabarigata+.
9 Maze barasogeza ku bwaguke bw’isi, bakikuza ikambi y’aberanda+ na ca gisagara gikundwa+. Mugabo umuriro uramanuka uvuye mw’ijuru, urabarigata+.