Ezekiyeli 48:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Kuhakikuza azoba amatambwe ibihumbi cumi n’umunani; kandi izina ry’ico gisagara kuva uwo musi rizoba: Yehova ubwiwe ari ng’aho*+.” Ivyahishuwe 21:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.
35 “Kuhakikuza azoba amatambwe ibihumbi cumi n’umunani; kandi izina ry’ico gisagara kuva uwo musi rizoba: Yehova ubwiwe ari ng’aho*+.”
3 Nca numva ijwi rirenga riva kuri ya ntebe y’ubwami, rivuga riti: “Ehe ihema+ ry’Imana riri kumwe n’abantu, kandi izobana+ na bo, na bo bazoba ibisata vyayo+. Kandi Imana ubwayo izobana na bo+.