-
Ezekiyeli 43:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Ambwira ati:
“Mwana w’umuntu, iki ni co kibanza c’intebe yanje y’icubahiro+, kikaba n’ikibanza c’ubworo bw’ibirenge vyanje+, aho nzoba hagati ya bene Isirayeli gushika igihe kitagira urugero+; kandi bo, inzu ya Isirayeli, ntibazokwongera guhumanya izina ryanje ryeranda+, bo hamwe n’abami babo+, biciye ku busambanyi bwabo no ku mivyimba+ y’abami babo igihe bapfuye,
-