Yeremiya 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Kandi imbere ya vyose, nzoriha urugero rwuzuye rw’ikosa+ ryabo n’urw’igicumuro cabo, kuko bahumanije igihugu canje+. Intoranwa yanje bayujuje ibintu vyabo bisesemye n’ibintu vyabo biteye ishishi bitagira ubuzima+.’”
18 Kandi imbere ya vyose, nzoriha urugero rwuzuye rw’ikosa+ ryabo n’urw’igicumuro cabo, kuko bahumanije igihugu canje+. Intoranwa yanje bayujuje ibintu vyabo bisesemye n’ibintu vyabo biteye ishishi bitagira ubuzima+.’”