Abalewi 26:30 Bibiliya y’isi nshasha 30 Kandi ata gukeka nzozimanganya ibibanza vyeranda vyanyu+ bikirurutse, nkureho ibishirwako imibavu vyanyu, ndambikange imivyimba yanyu ku mivyimba y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+; kandi umutima wanje uzobazinukwa koko+.
30 Kandi ata gukeka nzozimanganya ibibanza vyeranda vyanyu+ bikirurutse, nkureho ibishirwako imibavu vyanyu, ndambikange imivyimba yanyu ku mivyimba y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+; kandi umutima wanje uzobazinukwa koko+.