ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 26
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 26:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:4; Lw 19:4; Zb 96:5; Ivk 17:29; 1Kr 8:4
  • +Gus 5:8
  • +Gh 33:52
  • +Dn 3:18; 1Kr 10:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Kwiberaho ibihe bidahera, icig. 19

Abalewi 26:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 19:30

Abalewi 26:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:13; Ums 12:13; Yes 48:18

Abalewi 26:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:12; Yes 30:23; Ezk 34:26; Yw 2:23; Am 4:7
  • +Zb 67:6; 85:12; Zk 8:12
  • +Ezk 34:27; 36:30

Abalewi 26:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:15; Yw 2:19
  • +Lw 25:18; Img 1:33; Yr 23:6

Abalewi 26:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 22:9; Zb 29:11; Hg 2:9; Fp 4:9
  • +Yb 11:19; Zb 4:8; Yr 30:10; Mik 4:4
  • +2Bm 17:26
  • +Ezk 14:17

Abalewi 26:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 18:37

Abalewi 26:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:7; 32:30; Yos 23:10; Abc 7:16; 15:15; 1Ng 11:20

Abalewi 26:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 2:25; 2Bm 13:23
  • +Gus 28:4; Neh 9:23; Zb 107:38
  • +Kv 6:4

Abalewi 26:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 25:22

Abalewi 26:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:8; Yos 22:19; Ezk 37:26; Ivh 21:3
  • +Lw 20:23; Yr 14:21

Abalewi 26:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 6:7; Gus 23:14; 2Kr 6:16
  • +Yr 7:23; Ezk 11:20

Abalewi 26:13

Utujambo tw'epfo

  • *

    Raba Inyongera ya 21.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 20:2; Lw 25:38; Yr 11:4
  • +Yr 2:20

Abalewi 26:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:15; Mal 2:2

Abalewi 26:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 17:15; Yr 13:10
  • +Kv 24:7; Gus 31:16; Yr 11:10; Heb 8:9

Abalewi 26:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:22
  • +1Sm 2:33
  • +Ezk 33:10
  • +Gus 28:33; Abc 6:3

Abalewi 26:17

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rindi ni “mu maso hanje.”

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:25; Abc 2:14; 1Sm 4:10; Int 2:17
  • +Zb 106:41; Int 1:5
  • +Lw 26:36; Img 28:1

Abalewi 26:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:21; Zb 76:7; 79:12

Abalewi 26:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 11:17; 1Bm 17:1

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 26:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yr 12:13; Hg 1:6
  • +Gus 11:17; 28:18; Hg 1:10

Abalewi 26:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:18

Abalewi 26:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:24; 2Bm 17:25; Yr 15:3
  • +2Bm 2:24; Ezk 5:17
  • +Abc 5:6; Yes 33:8; Ezk 14:15; Zk 7:14

Abalewi 26:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 1:16; Yr 2:30; 5:3; Heb 12:6

Abalewi 26:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 9:4; Zb 18:26
  • +Lw 26:18

Abalewi 26:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ezk 6:9; Heb 10:30
  • +Kv 24:7
  • +Gus 28:21; 2Sm 24:15; Yr 24:10; Am 4:10
  • +Abc 2:14; 1Sm 4:10

Abalewi 26:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 105:16; Ezk 5:16
  • +Ezk 4:16
  • +Yes 9:20; Mik 6:14; Hg 1:6

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/5/2004, rup. 24

Abalewi 26:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:21

Abalewi 26:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 59:18; Yr 21:5
  • +Lw 26:18, 21

Abalewi 26:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:53; 2Bm 6:29; Yr 19:9; Int 2:20; 4:10; Ezk 5:10

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Yeremiya, rup. 154-155

Abalewi 26:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 13:2; 2Bm 23:8; 2Ng 34:3; Yes 27:9
  • +2Bm 23:20; Yr 16:18; Ezk 6:5
  • +Zb 78:59

Abalewi 26:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Bm 25:9; 2Ng 36:17; Neh 2:3; Yes 1:7; Yr 4:7
  • +Zb 74:7; Yr 52:13; Int 1:10; Mr 13:2
  • +It 8:21

Abalewi 26:32

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 29:23; Yr 9:11; Lk 21:20
  • +Gus 28:37; Yr 18:16; Int 2:15; Ezk 5:15

Abalewi 26:33

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 44:11; Yr 9:16
  • +Ezk 12:14
  • +Yr 9:11; Zk 7:14

Abalewi 26:34

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 36:21

Abalewi 26:36

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yes 24:6
  • +Lw 26:17; Img 28:1; Yes 30:17; Ezk 21:7

Abalewi 26:37

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 7:12; Abc 2:14; Yes 10:4; Yr 37:10

Abalewi 26:38

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:27; 28:48; Yr 42:17

Abalewi 26:39

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:27; 28:65; Ezk 6:9
  • +Kv 20:5; Gh 14:18; Gus 5:9

Abalewi 26:40

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 8:33; Neh 9:2; Dn 9:5
  • +Yr 31:19; Ezk 36:31

Abalewi 26:41

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:24
  • +1Bm 8:47; 2Ng 36:20
  • +Gus 30:6; Yr 4:4; 9:26; Ezk 44:7; Ivk 7:51; Rm 2:29
  • +2Ng 12:7

Abalewi 26:42

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 28:13; Gh 32:11
  • +It 26:3
  • +It 12:7; Kv 2:24; Gus 4:31; Zb 106:45; Lk 1:72

Abalewi 26:43

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 26:34; 2Ng 36:21
  • +Lw 26:41; Gh 14:34
  • +2Bm 17:15
  • +Lw 26:15

Abalewi 26:44

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 4:31; 2Bm 13:23; Neh 9:31; Rm 11:2
  • +Lw 26:11
  • +Gus 4:13; Yr 14:21

Abalewi 26:45

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 24:3, 8; Gus 9:9
  • +Zb 98:2; Ezk 20:9

Abalewi 26:46

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 6:1
  • +Lw 27:34; Yoh 1:17

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 26:1Kv 20:4; Lw 19:4; Zb 96:5; Ivk 17:29; 1Kr 8:4
Lew. 26:1Gus 5:8
Lew. 26:1Gh 33:52
Lew. 26:1Dn 3:18; 1Kr 10:14
Lew. 26:2Lw 19:30
Lew. 26:3Gus 11:13; Ums 12:13; Yes 48:18
Lew. 26:4Gus 28:12; Yes 30:23; Ezk 34:26; Yw 2:23; Am 4:7
Lew. 26:4Zb 67:6; 85:12; Zk 8:12
Lew. 26:4Ezk 34:27; 36:30
Lew. 26:5Gus 11:15; Yw 2:19
Lew. 26:5Lw 25:18; Img 1:33; Yr 23:6
Lew. 26:61Ng 22:9; Zb 29:11; Hg 2:9; Fp 4:9
Lew. 26:6Yb 11:19; Zb 4:8; Yr 30:10; Mik 4:4
Lew. 26:62Bm 17:26
Lew. 26:6Ezk 14:17
Lew. 26:7Zb 18:37
Lew. 26:8Gus 28:7; 32:30; Yos 23:10; Abc 7:16; 15:15; 1Ng 11:20
Lew. 26:9Kv 2:25; 2Bm 13:23
Lew. 26:9Gus 28:4; Neh 9:23; Zb 107:38
Lew. 26:9Kv 6:4
Lew. 26:10Lw 25:22
Lew. 26:11Kv 25:8; Yos 22:19; Ezk 37:26; Ivh 21:3
Lew. 26:11Lw 20:23; Yr 14:21
Lew. 26:12Kv 6:7; Gus 23:14; 2Kr 6:16
Lew. 26:12Yr 7:23; Ezk 11:20
Lew. 26:13Kv 20:2; Lw 25:38; Yr 11:4
Lew. 26:13Yr 2:20
Lew. 26:14Gus 28:15; Mal 2:2
Lew. 26:152Bm 17:15; Yr 13:10
Lew. 26:15Kv 24:7; Gus 31:16; Yr 11:10; Heb 8:9
Lew. 26:16Gus 28:22
Lew. 26:161Sm 2:33
Lew. 26:16Ezk 33:10
Lew. 26:16Gus 28:33; Abc 6:3
Lew. 26:17Gus 28:25; Abc 2:14; 1Sm 4:10; Int 2:17
Lew. 26:17Zb 106:41; Int 1:5
Lew. 26:17Lw 26:36; Img 28:1
Lew. 26:18Lw 26:21; Zb 76:7; 79:12
Lew. 26:19Gus 11:17; 1Bm 17:1
Lew. 26:20Yr 12:13; Hg 1:6
Lew. 26:20Gus 11:17; 28:18; Hg 1:10
Lew. 26:21Lw 26:18
Lew. 26:22Gus 32:24; 2Bm 17:25; Yr 15:3
Lew. 26:222Bm 2:24; Ezk 5:17
Lew. 26:22Abc 5:6; Yes 33:8; Ezk 14:15; Zk 7:14
Lew. 26:23Yes 1:16; Yr 2:30; 5:3; Heb 12:6
Lew. 26:24Yb 9:4; Zb 18:26
Lew. 26:24Lw 26:18
Lew. 26:25Ezk 6:9; Heb 10:30
Lew. 26:25Kv 24:7
Lew. 26:25Gus 28:21; 2Sm 24:15; Yr 24:10; Am 4:10
Lew. 26:25Abc 2:14; 1Sm 4:10
Lew. 26:26Zb 105:16; Ezk 5:16
Lew. 26:26Ezk 4:16
Lew. 26:26Yes 9:20; Mik 6:14; Hg 1:6
Lew. 26:27Lw 26:21
Lew. 26:28Yes 59:18; Yr 21:5
Lew. 26:28Lw 26:18, 21
Lew. 26:29Gus 28:53; 2Bm 6:29; Yr 19:9; Int 2:20; 4:10; Ezk 5:10
Lew. 26:301Bm 13:2; 2Bm 23:8; 2Ng 34:3; Yes 27:9
Lew. 26:302Bm 23:20; Yr 16:18; Ezk 6:5
Lew. 26:30Zb 78:59
Lew. 26:312Bm 25:9; 2Ng 36:17; Neh 2:3; Yes 1:7; Yr 4:7
Lew. 26:31Zb 74:7; Yr 52:13; Int 1:10; Mr 13:2
Lew. 26:31It 8:21
Lew. 26:32Gus 29:23; Yr 9:11; Lk 21:20
Lew. 26:32Gus 28:37; Yr 18:16; Int 2:15; Ezk 5:15
Lew. 26:33Zb 44:11; Yr 9:16
Lew. 26:33Ezk 12:14
Lew. 26:33Yr 9:11; Zk 7:14
Lew. 26:342Ng 36:21
Lew. 26:36Yes 24:6
Lew. 26:36Lw 26:17; Img 28:1; Yes 30:17; Ezk 21:7
Lew. 26:37Yos 7:12; Abc 2:14; Yes 10:4; Yr 37:10
Lew. 26:38Gus 4:27; 28:48; Yr 42:17
Lew. 26:39Gus 4:27; 28:65; Ezk 6:9
Lew. 26:39Kv 20:5; Gh 14:18; Gus 5:9
Lew. 26:401Bm 8:33; Neh 9:2; Dn 9:5
Lew. 26:40Yr 31:19; Ezk 36:31
Lew. 26:41Lw 26:24
Lew. 26:411Bm 8:47; 2Ng 36:20
Lew. 26:41Gus 30:6; Yr 4:4; 9:26; Ezk 44:7; Ivk 7:51; Rm 2:29
Lew. 26:412Ng 12:7
Lew. 26:42It 28:13; Gh 32:11
Lew. 26:42It 26:3
Lew. 26:42It 12:7; Kv 2:24; Gus 4:31; Zb 106:45; Lk 1:72
Lew. 26:43Lw 26:34; 2Ng 36:21
Lew. 26:43Lw 26:41; Gh 14:34
Lew. 26:432Bm 17:15
Lew. 26:43Lw 26:15
Lew. 26:44Gus 4:31; 2Bm 13:23; Neh 9:31; Rm 11:2
Lew. 26:44Lw 26:11
Lew. 26:44Gus 4:13; Yr 14:21
Lew. 26:45Kv 24:3, 8; Gus 9:9
Lew. 26:45Zb 98:2; Ezk 20:9
Lew. 26:46Gus 6:1
Lew. 26:46Lw 27:34; Yoh 1:17
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
  • 32
  • 33
  • 34
  • 35
  • 36
  • 37
  • 38
  • 39
  • 40
  • 41
  • 42
  • 43
  • 44
  • 45
  • 46
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 26:1-46

Abalewi

26 “‘Ntimuze mwihingurire imana ata co zimaze+, kandi ntimuze mwishingire igishusho c’ikibazano+ canke inkingi nyeranda, kandi ntimuze mushire mu gihugu canyu ibuye ry’igishusho c’indatwa+ kugira muryunamire+; kuko ndi Yehova Imana yanyu. 2 Mukwiye kwubahiriza amasabato yanje+ no kwamanira akoba aheranda hanje. Ndi Yehova.

3 “‘Nimwabandanya kugendera mu vyagezwe vyanje no kugumya amabwirizwa yanje kandi mukayashitsa koko+, 4 nanje ata gukeka nzobacuncuburira imvura ku gihe cayo+, kandi igihugu kizotanga koko umwimbu waco+, n’igiti co mw’itongo gitange icamwa caco+. 5 Kandi ikubita ryanyu rizoshika kw’isarura ryanyu ry’inzabibu, n’isarura ry’inzabibu rishike kw’ibiba ry’imbuto. Emwe, muzorya umukate wanyu muhage+, mwibere mu mutekano mu gihugu canyu+. 6 Kandi nzoshira amahoro mu gihugu+, namwe muzokwiryamira koko, ata n’umwe abajugumiza+; kandi nzoherengeteza mu gihugu ibikoko biryana+, kandi inkota ntizoca mu gihugu canyu+. 7 Muzokinagiza abansi banyu+, bagwishwe n’inkota koko imbere yanyu. 8 Batanu muri mwebwe bazokinagiza ijana, n’ijana muri mwebwe bakinagize ibihumbi cumi, kandi abansi banyu ntibazobura kugwishwa n’inkota imbere yanyu+.

9 “‘Kandi nzohindukiriza amaso kuri mwebwe+, ntume murondoka, ndabagwize+, kandi nzoshitsa isezerano ryanje nagiranye namwe+. 10 Ata gukeka muzorya ibihitira vy’umwaka uheze+, kandi muzosohora ibihitira bibise ibishasha. 11 Nzoshira koko itaberenakulo yanje hagati muri mwebwe+, kandi sinzobazinukwa+. 12 Nzogendera koko hagati muri mwebwe, nerekane ko ndi Imana yanyu+, namwe muzokwerekana ko muri abantu banje+. 13 Ndi Yehova Imana yanyu, uwabakuye mu gihugu ca Misiri ngo ntimube mukibabera abashumba+, nkavunagura imitambikwa y’ingǒgo* yanyu, ngatuma mugenda mugororotse+.

14 “‘Ariko nimutanyumviriza canke ngo mushitse ayo mabwirizwa yose+, 15 mugata ivyagezwe vyanje+, imitima yanyu ikazinukwa ingingo zanje z’ubutungane kandi ntimushitse amabwirizwa yanje yose, gushika aho murenga kw’isezerano ryanje+, 16 nanje rero ibi ni vyo nzobagirira: mu kubahana nzobateza uruhagarara rw’igituntu+ n’inyonko iturira, bitume amaso yanyu agwabira+, mugoyagoye+. Muzobibira imbuto yanyu ubusa gusa, kuko abansi banyu batazobura kuyirya bakayirigata+. 17 Emwe, mwebwe nzobashinga igitsure canje*, kandi ntimuzogenda mudatsinzwe imbere y’abansi banyu+. Ababanka bazobahonyangira hasi+, kandi muzohunga ata wubomye inyuma+.

18 “‘Ariko nimutanyumviriza no kuri ivyo, nzobwirizwa rero kubahana ngwije igihano canyu incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. 19 Kandi nzobwirizwa kuvuna ubwishime bw’inkomezi zanyu, nongere ntume amajuru yanyu amera nk’icuma+, n’isi yanyu nk’umujumpu. 20 Kandi inguvu zanyu zizoherera ubusa gusa, kuko isi yanyu itazotanga umwimbu wayo+, n’igiti c’isi ntigitange icamwa caco+.

21 “‘Mugabo nimwabandanya kugenda mundwanya ntimushake kunyumviriza, nzobwirizwa rero kubateza ivyago izindi ncuro indwi nk’uko ibicumuro vyanyu biri+. 22 Kandi nzorungika muri mwebwe ibikoko vyo mu gahinga+, na vyo ata gukeka bizobahekura+, bimare ibitungwa vyanyu vyongere bigabanye igitigiri canyu, n’amayira yanyu acike vy’ukuri umusaka+.

23 “‘Yamara rero, nimutareka ngo ndabakosore+ biciye kuri ivyo bintu, mukabwirizwa kugenda mundwanya, 24 jewe, emwe, jewe nzobwirizwa rero kugenda ndabarwanya+; kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubakubita incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. 25 Kandi sinzobura kubazanako inkota y’uguhōra+ ku bw’isezerano+; kandi muzokwitera mu bisagara vyanyu, nanje ata gukeka ndungike ikiza hagati muri mwebwe+, kandi muzotegerezwa gutangwa mu kuboko kw’umwansi+. 26 Ninamara kubavunira inkoni zitungirwako imikate imeze nk’ikigōmbo+, abagore cumi bazokwotsa koko umukate wanyu mw’ifuru imwe itarenga, bawubagarukanire ku gipimo+; kandi kurya muzorya mugabo ntimuzohaga+.

27 “‘Ariko nimutanyumviriza no kuri ivyo, mukabwirizwa kugenda mundwanya+, 28 nanje rero nzobwirizwa kugenda ndabarwanya narunguye+, kandi jewe, emwe, jewe nzobwirizwa kubahana incuro indwi kubera ibicumuro vyanyu+. 29 Muzobwirizwa rero kurya inyama z’abahungu banyu, kandi muzorya inyama z’abakobwa banyu+. 30 Kandi ata gukeka nzozimanganya ibibanza vyeranda vyanyu+ bikirurutse, nkureho ibishirwako imibavu vyanyu, ndambikange imivyimba yanyu ku mivyimba y’ibigirwamana vyanyu vy’umwanda+; kandi umutima wanje uzobazinukwa koko+. 31 Kandi ibisagara vyanyu sinzobura kubitanga ku nkota+, ibibanza vyanyu vyeranda na vyo ndabigire umusaka+, kandi utumoto twanyu turuhura sinzotumotera+. 32 Kandi jewe, igihugu nzokigira umusaka+, kandi abansi banyu bakibamwo bazobiraba bumiwe koko+. 33 Namwe nzobasanzaza mu mahanga+, kandi nzosokora inkota mu rwubati inyuma yanyu+. Igihugu canyu kizotegerezwa gucika umusaka+, ibisagara vyanyu na vyo bicike ibihomvagurike.

34 “‘Ico gihe igihugu kizokwishura amasabato yaco imisi yose kizomara cagizwe umusaka, mu gihe muzoba muri mu gihugu c’abansi banyu. Ico gihe igihugu kizokwubahiriza isabato, kuko gitegerezwa kwishura amasabato yaco+. 35 Imisi yose kizomara cagizwe umusaka kizokwubahiriza isabato, kubera yuko kitubahirije isabato mu gihe c’amasabato yanyu igihe mwaba muri co.

36 “‘Abasigaye bo muri mwebwe+, nzozana koko ubwoba mu mitima yabo mu bihugu vy’abansi babo. Kandi urwamo rw’ibabi riguruwe n’umuyaga ruzobakinagiza, bahunge nk’abahunga inkota, bagwe ata wubakinagiza+. 37 Kandi ata gukeka bazotsitaranako nk’abavuye imbere y’inkota ata n’umwe abomye inyuma, kandi ntimuzoshobora guhagarara imbere y’abansi banyu+. 38 Muzoyogerera mu mahanga+, kandi igihugu c’abansi banyu kizobarigata. 39 Nayo abasigaye muri mwebwe, bazobora+ kubera ikosa ryabo mu bihugu vy’abansi banyu. Egome, mbere kubera amakosa ya ba se+, bazoborana na bo. 40 Kandi ntibazobura kwatura ikosa ryabo+ n’ikosa rya ba se mu buhemu bwabo igihe bampemukako, egome, mbere igihe bagenda bandwanya+, 41 bigatuma nanje ngenda ndabarwanya+, nkabwirizwa kubazana mu gihugu c’abansi babo+.

“‘Kumbure ico gihe imitima yabo itagenyerewe+ izocishwa bugufi+, kandi ico gihe bazokwishura ikosa ryabo. 42 Kandi nzokwibuka koko isezerano ryanje nagiranye na Yakobo+; eka mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Izahaki+, mbere n’isezerano ryanje nagiranye na Aburahamu+ nzoryibuka, n’igihugu nzocibuka. 43 Ico gihe cose, igihugu bari baragitaye kiriko kirishura amasabato yaco+ mu gihe cari umusaka batakikibamwo, na bo ubwabo bakaba bariko barishura ikosa ryabo+, kubera yuko, emwe, kubera yuko bari barataye ingingo zanje z’ubutungane+, n’imitima yabo ikaba yari yarazinutswe ivyagezwe vyanje+. 44 Yamara no kuri ivyo vyose, mu gihe bazoba bari mu gihugu c’abansi babo, sinzogenda ndabataye+ canke ngo ndabazinukwe+ ku buryo ndabatikiza, ngo ndenge kw’isezerano ryanje+ nagiranye na bo; kuko ndi Yehova Imana yabo. 45 Kandi nzokwibuka isezerano rya ba sekuruza ku neza yabo+, abo nakuye mu gihugu ca Misiri mu maso y’amahanga+, kugira nerekane ko ndi Imana yabo. Ndi Yehova.’”

46 Izo ni zo ngingo nyobozi, ingingo z’ubutungane+ be n’amategeko Yehova yashize hagati yiwe na bene Isirayeli ku musozi Sinayi biciye kuri Musa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika