ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 11:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Ico gihe ni ho Salomo yatangura kwubakira ikibanza gikirurutse+ Kemoshi+ ikintu gisesemye+ ca Mowabu ku musozi+ wari imbere+ ya Yeruzalemu, na Moleki ikintu gisesemye ca bene Amoni.

  • 2 Abami 21:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Atangura gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yisunze ibintu biteye ishishi vy’amahanga+ Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli.

  • 2 Ngoma 33:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 Vyongeye, igishusho c’ikibazano+ yari yarakoze agishira mu nzu y’Imana y’ukuri+, iyo Imana yari yarabwiye Dawidi na Salomo umuhungu wiwe ku biyerekeye iti: “Muri iyi nzu be n’i Yeruzalemu, aho natoye+ mu miryango yose ya Isirayeli, nzohashira izina ryanje+ gushika igihe kitagira urugero+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika