Daniyeli 7:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “Nguma nitegereza mu vyo neretswe mw’ijoro, maze ehe raba, uwusa n’umwana w’umuntu+ yariko azanana n’ibicu+ vyo mu majuru; yemererwa gushika aho Umwe wa kera mu misi+ ari, araheza yegerezwa imbere y’Uwo+. Matayo 25:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+. Ivyakozwe 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 bavuga bati: “Bagabo b’i Galilaya, kubera iki muhagaze muraba mw’ijuru? Uyo Yezu akuwe muri mwebwe akakirwa hejuru mw’ijuru, azoza ukwo nyene+, nk’uko mumubonye aja mw’ijuru.” Ivyahishuwe 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.
13 “Nguma nitegereza mu vyo neretswe mw’ijoro, maze ehe raba, uwusa n’umwana w’umuntu+ yariko azanana n’ibicu+ vyo mu majuru; yemererwa gushika aho Umwe wa kera mu misi+ ari, araheza yegerezwa imbere y’Uwo+.
31 “Umwana w’umuntu+ niyashika mu buninahazwa bwiwe, n’abamarayika bose bari kumwe na we+, ni ho azokwicara ku ntebe yiwe y’ubwami y’ubuninahazwa+.
11 bavuga bati: “Bagabo b’i Galilaya, kubera iki muhagaze muraba mw’ijuru? Uyo Yezu akuwe muri mwebwe akakirwa hejuru mw’ijuru, azoza ukwo nyene+, nk’uko mumubonye aja mw’ijuru.”
7 Ehe ariko arazanana n’ibicu+, kandi ijisho ryose rizomubona+, n’abamucumise bazomubona+; kandi imiryango yose yo kw’isi izokwikubitagura ku gikiriza yishwe n’intuntu kubera we+. Egome, Amen.