Abanyefeso 1:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Vyongeye, kubera yuko amaso+ y’umutima wanyu yamurikiwe+, nsenga kandi kugira ngo mumenye icizigiro+ yabahamagariye ico ari co, mumenye ubutunzi buninahaye+ ibikiye aberanda+ bwa ntoranwa ubwo ari bwo,
18 Vyongeye, kubera yuko amaso+ y’umutima wanyu yamurikiwe+, nsenga kandi kugira ngo mumenye icizigiro+ yabahamagariye ico ari co, mumenye ubutunzi buninahaye+ ibikiye aberanda+ bwa ntoranwa ubwo ari bwo,