Ivyahishuwe 7:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze numva igitigiri c’abadomweko ikidodo: ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+, badomweko ikidodo bo mu miryango yose+ ya bene Isirayeli+: Ivyahishuwe 14:1 Bibiliya y’isi nshasha 14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo.
4 Maze numva igitigiri c’abadomweko ikidodo: ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+, badomweko ikidodo bo mu miryango yose+ ya bene Isirayeli+:
14 Maze ngize ntya, mbona Umwagazi w’intama+ ahagaze ku Musozi Siyoni+, ari kumwe n’abantu ibihumbi ijana na mirongo ine na bine+ bafise izina ryiwe n’izina rya Se+ wiwe yanditswe ku ruhanga rwabo.