ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 46:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Irongera iti: “Ndi Imana y’ukuri+, Imana ya so+. Ntutinye kumanuka mu Misiri, kuko nzoguhindurirayo ihanga rikomeye+.

  • Itanguriro 47:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Isirayeli abandanya kuba mu gihugu ca Misiri, mu gihugu ca Gosheni+; Abisirayeli bakibamwo, bararondoka, baba benshi cane+.

  • Ivyakozwe 13:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Imana y’iki gisata Isirayeli yatoye ba sogokuruza bacu, kandi yashize hejuru nya gisata igihe bari babayeho ari ba kavamahanga mu gihugu ca Misiri hanyuma ibakuzayo ukuboko kubanguye+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika