ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 47
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Itanguriro 47:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:31
  • +It 45:10; Kv 8:22

Itanguriro 47:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Ivk 7:13

Itanguriro 47:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 46:33
  • +It 31:18
  • +It 12:16; 26:14; 46:34

Itanguriro 47:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 15:13; Gus 26:5; Zb 105:23; Yes 52:4; Ivk 7:6
  • +Yw 1:18
  • +Ivk 7:11
  • +It 45:10

Itanguriro 47:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 42:34
  • +It 13:10; 45:18
  • +It 46:34
  • +Img 22:29
  • +1Ng 27:31

Itanguriro 47:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:32; 1Sm 13:10; 2Bm 10:15

Itanguriro 47:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Ng 29:15; Zb 39:12; Heb 11:9
  • +Yb 14:1; Yak 4:14
  • +It 25:7; 35:28; Kv 6:4

Itanguriro 47:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 19:39; 1Bm 8:66

Itanguriro 47:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 45:10; Kv 1:11; 12:37; Gh 33:3

Itanguriro 47:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:25; 1Tm 5:8
  • +It 50:8

Itanguriro 47:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:31
  • +It 41:30

Itanguriro 47:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:56; 44:25

Itanguriro 47:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 16:3
  • +Ums 7:12; Int 1:11

Itanguriro 47:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 10:28

Itanguriro 47:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Neh 5:3
  • +Neh 5:2; Mr 8:37

Itanguriro 47:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 2:4
  • +Int 4:9
  • +Heb 2:15

Itanguriro 47:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 11:26

Itanguriro 47:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:48; Zb 33:19; 107:36

Itanguriro 47:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 41:45
  • +Neh 13:13; Mt 10:10; 1Kr 9:13
  • +Ezr 7:24

Itanguriro 47:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 45:6; Zb 41:1; 2Kr 9:10

Itanguriro 47:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 85:12; 107:37
  • +It 41:34; 1Sm 8:15; Rm 13:7
  • +Img 12:11; 1Tm 5:18

Itanguriro 47:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 45:5; Img 11:26; Ivk 7:11
  • +It 47:19; Img 14:21

Itanguriro 47:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:22

Itanguriro 47:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:4
  • +Kv 1:7; Gus 10:22; Zb 105:24; Ivk 7:17

Itanguriro 47:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 47:9

Itanguriro 47:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:33; Heb 11:21
  • +It 24:9
  • +It 24:49
  • +It 46:4; 50:13; Ivk 7:16

Itanguriro 47:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 49:33
  • +It 25:9; 49:29

Itanguriro 47:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 50:5
  • +1Bm 1:47; Heb 11:21

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Ita. 47:1It 46:31
Ita. 47:1It 45:10; Kv 8:22
Ita. 47:2Ivk 7:13
Ita. 47:3It 46:33
Ita. 47:3It 31:18
Ita. 47:3It 12:16; 26:14; 46:34
Ita. 47:4It 15:13; Gus 26:5; Zb 105:23; Yes 52:4; Ivk 7:6
Ita. 47:4Yw 1:18
Ita. 47:4Ivk 7:11
Ita. 47:4It 45:10
Ita. 47:6It 42:34
Ita. 47:6It 13:10; 45:18
Ita. 47:6It 46:34
Ita. 47:6Img 22:29
Ita. 47:61Ng 27:31
Ita. 47:7Kv 12:32; 1Sm 13:10; 2Bm 10:15
Ita. 47:91Ng 29:15; Zb 39:12; Heb 11:9
Ita. 47:9Yb 14:1; Yak 4:14
Ita. 47:9It 25:7; 35:28; Kv 6:4
Ita. 47:102Sm 19:39; 1Bm 8:66
Ita. 47:11It 45:10; Kv 1:11; 12:37; Gh 33:3
Ita. 47:12Img 11:25; 1Tm 5:8
Ita. 47:12It 50:8
Ita. 47:13It 41:31
Ita. 47:13It 41:30
Ita. 47:14It 41:56; 44:25
Ita. 47:15Kv 16:3
Ita. 47:15Ums 7:12; Int 1:11
Ita. 47:171Bm 10:28
Ita. 47:18Neh 5:3
Ita. 47:18Neh 5:2; Mr 8:37
Ita. 47:19Yb 2:4
Ita. 47:19Int 4:9
Ita. 47:19Heb 2:15
Ita. 47:20Img 11:26
Ita. 47:21It 41:48; Zb 33:19; 107:36
Ita. 47:22It 41:45
Ita. 47:22Neh 13:13; Mt 10:10; 1Kr 9:13
Ita. 47:22Ezr 7:24
Ita. 47:23It 45:6; Zb 41:1; 2Kr 9:10
Ita. 47:24Zb 85:12; 107:37
Ita. 47:24It 41:34; 1Sm 8:15; Rm 13:7
Ita. 47:24Img 12:11; 1Tm 5:18
Ita. 47:25It 45:5; Img 11:26; Ivk 7:11
Ita. 47:25It 47:19; Img 14:21
Ita. 47:26It 47:22
Ita. 47:27It 47:4
Ita. 47:27Kv 1:7; Gus 10:22; Zb 105:24; Ivk 7:17
Ita. 47:28It 47:9
Ita. 47:29It 49:33; Heb 11:21
Ita. 47:29It 24:9
Ita. 47:29It 24:49
Ita. 47:29It 46:4; 50:13; Ivk 7:16
Ita. 47:30It 49:33
Ita. 47:30It 25:9; 49:29
Ita. 47:31It 50:5
Ita. 47:311Bm 1:47; Heb 11:21
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
Itanguriro 47:1-31

Itanguriro

47 Yozefu rero araza, amenyesha Farawo ati+: “Dawe na bene wacu, imikuku yabo n’amasho yabo, n’ivyo bafise vyose, baje bavuye mu gihugu ca Kanani, kandi ehe bari mu gihugu ca Gosheni+.” 2 Atora abagabo batanu muri bene wabo bose, kugira abajane imbere ya Farawo+.

3 Maze Farawo abwira bene wabo ati: “Mukora akazi nyabaki+?” Nuko babwira Farawo bati: “Abasavyi bawe turi abungere b’intama+, twebwe na ba sogokuruza bacu+.” 4 Inyuma y’ivyo babwira Farawo bati: “Twaje kuba mu gihugu turi ba kavamahanga+, kuko ata buragiriro buhari ku bw’umukuku abasavyi bawe bafise+, kuko ikigoyi gikaze mu gihugu ca Kanani+. None rero turakwingize ureke abasavyi bawe babe mu gihugu ca Gosheni+.” 5 Nuko Farawo abwira Yozefu ati: “So na bene wanyu baje ng’aha kuri wewe. 6 Igihugu ca Misiri kiri imbere yawe+. Nucumbikire so na bene wanyu mu gice ciza cane kuruta ibindi vyose mu gihugu+. Nibabe mu gihugu ca Gosheni+, kandi nimba uzi yuko muri bo hari abagabo b’umutima rugabo+, uze ubagene babe abakuru b’amasho yanje+.”

7 Maze Yozefu yinjiza Yakobo se wiwe araheza amumenyekanisha kuri Farawo, hanyuma Yakobo atangura guhezagira Farawo+. 8 Farawo aca abwira Yakobo ati: “Umaze imyaka ingahe?” 9 Nuko Yakobo abwira Farawo ati: “Imyaka maze ndi kavamahanga ni ijana na mirongo itatu+. Imyaka maze yabaye mike iba n’iyiteye umubabaro+, kandi ntiyashikiriye imyaka ya ba dawe, iyo bamaze ari ba kavamahanga+.” 10 Inyuma y’ivyo Yakobo ahezagira Farawo hanyuma arasohoka avuye imbere ya Farawo+.

11 Gutyo Yozefu agerera se wiwe na bene wabo, abaha itongo bigabira mu gihugu ca Misiri, mu gice ciza cane kuruta ibindi vyose vy’igihugu, mu gihugu ca Ramesesi+, nk’uko Farawo yari yategetse. 12 Yozefu aguma aronsa umukate se wiwe na bene wabo n’urugo rwose rwa se wiwe+, nk’uko igitigiri c’abana batoyi+ kiri.

13 Nuko ntihaboneka umukate mu gihugu cose, kuko ikigoyi cari gikaze cane+; igihugu ca Misiri n’igihugu ca Kanani biruhishwa n’ikigoyi+. 14 Yozefu atora amahera yose yari mu gihugu ca Misiri no mu gihugu ca Kanani abantu batanga ku bw’intete bariko baragura+; nuko Yozefu aguma azana nya mahera mu nzu ya Farawo. 15 Amaherezo amahera yo mu gihugu ca Misiri no mu gihugu ca Kanani arahera, maze Abanyamisiri bose batangura kuza kuri Yozefu, bavuga bati: “Duhe umukate+! Kuki twopfira imbere yawe kubera amahera yaheze+?” 16 Maze Yozefu avuga ati: “Nimutange ibitungwa vyanyu mpeze ndabahe umukate, tuwukabe ibitungwa vyanyu, nimba amahera yaheze.” 17 Nuko batangura kuzanira Yozefu ibitungwa vyabo; Yozefu na we aguma abaha umukate bawukavye amafarasi yabo n’ibitungwa vy’umukuku n’ibitungwa vy’ubusho n’indogobwa+, aguma abaronsa umukate bawukavye ibitungwa vyabo vyose muri uwo mwaka.

18 Amaherezo uwo mwaka urarangira, hanyuma batangura kuza kuri we mu mwaka ukurikira bamubwira bati: “Ntitwohisha umukama wanje yuko amahera n’ubusho bw’ibitungwa vyarangiriye ku mukama wanje+. Nta gisigaye imbere y’umukama wanje atari imibiri yacu n’amatongo yacu+. 19 Kubera iki twogupfira mu maso+, n’amatongo yacu agacika umusaka? Twe n’amatongo yacu nutugure umukate+, maze twe n’amatongo yacu ducike abashumba ba Farawo; kandi uduhe imbuto kugira tubeho ntidupfe, n’amatongo yacu ntacike umusaka+.” 20 Nuko Yozefu agurira Farawo amatongo yose y’Abanyamisiri+, kubera ko Abanyamisiri bagurishije umwe wese itongo ryiwe, kuko ikigoyi cari cabacakiye bimwe bikomeye; nuko ayo matongo aba aya Farawo.

21 Nayo abantu, abimurira mu bisagara guhera ku mpera imwe y’akarere ka Misiri gushika ku yindi+. 22 Amatongo y’abaherezi ni yo gusa ataguze+, kuko ibifungurwa vy’abaherezi vyava kuri Farawo, bakaba barya ibifungurwa Farawo yabaha+. Ni co catumye batagurisha amatongo yabo+. 23 Maze Yozefu abwira abantu ati: “Raba, uno musi ndabaguze mwebwe n’amatongo yanyu ngo mube aba Farawo. Ng’izi imbuto muhawe; muze muziteragire mu matongo+. 24 Nizavamwo umwimbu+, mutegerezwa rero guha Farawo ica gatanu+, mugabo ibice bine bizoba rwanyu bibe imbuto y’imirima, n’ibifungurwa vyanyu, n’ivy’abari mu mazu yanyu be n’ivyo kurya vy’abana banyu batoyi+.” 25 Nuko bavuga bati: “Uzigamye ubuzima bwacu+. Nitugire ubutoni mu maso y’umukama wanje, maze tuzoba abashumba ba Farawo+.” 26 Yozefu aca ashinga ingingo, iyigikurikizwa gushika n’uyu musi ku matongo ya Misiri, yuko Farawo yoza araronka gushika ku bingana n’ica gatanu. Amatongo y’abaherezi, uko bagize umugwi uri ukwawo, ni yo gusa atacitse aya Farawo+.

27 Isirayeli abandanya kuba mu gihugu ca Misiri, mu gihugu ca Gosheni+; Abisirayeli bakibamwo, bararondoka, baba benshi cane+. 28 Yakobo abandanya kuba mu gihugu ca Misiri imyaka cumi n’indwi, ku buryo imisi ya Yakobo, imyaka y’ubuzima bwiwe, iba imyaka ijana na mirongo ine n’indwi+.

29 Amaherezo igihe c’uko Isirayeli apfa kiregereza+. Ahamagara rero umuhungu wiwe Yozefu maze amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, ndakwinginze ushire ukuboko kwawe munsi y’itako+ ryanje, undahire yuko uzongirira ubuntu bwuzuye urukundo be n’ubwizigirwa+. (Ndakwinginze ntuze umpambe mu Misiri+.) 30 Nzoryama hamwe na ba dawe+, nawe uze unkure mu Misiri umpambe mu mva yabo+.” Nuko rero avuga ati: “Jewe ubwanje nzogira nk’uko uvuze.” 31 Maze avuga ati: “Ndahira.” Nuko aramurahira+. Isirayeli aca yunama ku mutwe w’uburiri+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika