ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 9:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Ntibaze bagire ico basigaza kuri co gushika mu gitondo+, kandi ntibaze bavune igufa na rimwe muri co+. Baze bagitegure bisunze icagezwe cose ca pasika+.

  • Zaburi 34:20
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 20 Arinda amagufa yiwe yose;

      Nta na rimwe muri yo ryavunywe+.

  • Yohani 19:33
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 33 Mugabo bashitse kuri Yezu, kubera babonye ko yamaze gupfa, ntibamuvuna amaguru.

  • Yohani 19:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Nkako, ivyo bintu vyabaye kugira icanditswe kiranguke, ngo: “Nta na rimwe mu magufa yiwe rizojanjagurwa+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika