Abalewi 24:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “‘Mukwiye kugengwa n’ingingo y’ubutungane imwe. Kavamahanga akwiye kuba cokimwe n’imvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+.’” Guharura 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Hazoba itegeko rimwe n’ingingo y’ubutungane* imwe kuri mwebwe no kuri kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga+.’” Abagalatiya 3:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nta Muyuda ariho canke Umugiriki+, nta mushumba ariho canke uwidegemvya+, nta mugabo ariho canke umugore+; kuko mwese muri umwe mu bumwe na Kristu Yezu+. Abakolosayi 3:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 ahatakigira Umugiriki canke Umuyuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, umunyamahanga canke Umusikite, umushumba, uwidegemvya+; mugabo Kristu ni vyose kandi muri vyose+.
22 “‘Mukwiye kugengwa n’ingingo y’ubutungane imwe. Kavamahanga akwiye kuba cokimwe n’imvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+.’”
16 Hazoba itegeko rimwe n’ingingo y’ubutungane* imwe kuri mwebwe no kuri kavamahanga abanye namwe ari kavamahanga+.’”
28 Nta Muyuda ariho canke Umugiriki+, nta mushumba ariho canke uwidegemvya+, nta mugabo ariho canke umugore+; kuko mwese muri umwe mu bumwe na Kristu Yezu+.
11 ahatakigira Umugiriki canke Umuyuda, ukugenyerwa canke ukutagenyerwa, umunyamahanga canke Umusikite, umushumba, uwidegemvya+; mugabo Kristu ni vyose kandi muri vyose+.