ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 24
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

Abalewi 24:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 27:20
  • +Gh 8:2; 2Ng 13:11

Abalewi 24:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 25:31; Yr 52:19; Heb 9:2
  • +Kv 39:37
  • +Kv 27:20

Abalewi 24:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 40:23; 1Sm 21:4; Mr 2:26
  • +Kv 25:24; 1Bm 7:48; Heb 9:2

Abalewi 24:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 2:2; 6:15

Abalewi 24:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 4:7; 1Ng 9:32; 2Ng 2:4; Neh 10:33

Abalewi 24:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 21:22; 22:10; 1Sm 21:6; Mt 12:4; Lk 6:4
  • +Lw 6:16

Abalewi 24:10

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:38; Gh 11:4
  • +Kv 2:13

Abalewi 24:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Zb 8:1; 83:18; Hs 12:5
  • +Kv 20:7; 21:17; 22:28; Lw 19:12; Yes 8:21; Ivh 16:9
  • +Kv 18:22

Abalewi 24:12

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:34
  • +Kv 18:15

Abalewi 24:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Lw 13:46; Gh 5:3
  • +Gus 13:9; 17:7
  • +Lw 5:1; Gh 15:35; Gus 13:10

Abalewi 24:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 5:11
  • +1Bm 21:10; Zb 74:10

Abalewi 24:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +It 9:6; Kv 21:12; Gh 35:31; Gus 19:13

Abalewi 24:18

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:35

Abalewi 24:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:23

Abalewi 24:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:24; Gus 19:21; Mt 5:38

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    1/9/2009, rup. 22

Abalewi 24:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 21:33
  • +Kv 21:34; 22:1
  • +It 9:6; Kv 21:12

Abalewi 24:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Kv 12:49; Lw 17:10; 19:34; Gh 9:14; 15:16
  • +Rm 3:29

Abalewi 24:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gh 15:36; Gus 17:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

Lew. 24:2Kv 27:20
Lew. 24:2Gh 8:2; 2Ng 13:11
Lew. 24:4Kv 25:31; Yr 52:19; Heb 9:2
Lew. 24:4Kv 39:37
Lew. 24:4Kv 27:20
Lew. 24:6Kv 40:23; 1Sm 21:4; Mr 2:26
Lew. 24:6Kv 25:24; 1Bm 7:48; Heb 9:2
Lew. 24:7Lw 2:2; 6:15
Lew. 24:8Gh 4:7; 1Ng 9:32; 2Ng 2:4; Neh 10:33
Lew. 24:9Lw 21:22; 22:10; 1Sm 21:6; Mt 12:4; Lk 6:4
Lew. 24:9Lw 6:16
Lew. 24:10Kv 12:38; Gh 11:4
Lew. 24:10Kv 2:13
Lew. 24:11Zb 8:1; 83:18; Hs 12:5
Lew. 24:11Kv 20:7; 21:17; 22:28; Lw 19:12; Yes 8:21; Ivh 16:9
Lew. 24:11Kv 18:22
Lew. 24:12Gh 15:34
Lew. 24:12Kv 18:15
Lew. 24:14Lw 13:46; Gh 5:3
Lew. 24:14Gus 13:9; 17:7
Lew. 24:14Lw 5:1; Gh 15:35; Gus 13:10
Lew. 24:16Gus 5:11
Lew. 24:161Bm 21:10; Zb 74:10
Lew. 24:17It 9:6; Kv 21:12; Gh 35:31; Gus 19:13
Lew. 24:18Kv 21:35
Lew. 24:19Kv 21:23
Lew. 24:20Kv 21:24; Gus 19:21; Mt 5:38
Lew. 24:21Kv 21:33
Lew. 24:21Kv 21:34; 22:1
Lew. 24:21It 9:6; Kv 21:12
Lew. 24:22Kv 12:49; Lw 17:10; 19:34; Gh 9:14; 15:16
Lew. 24:22Rm 3:29
Lew. 24:23Gh 15:36; Gus 17:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
Bibiliya y’isi nshasha
Abalewi 24:1-23

Abalewi

24 Yehova abwira Musa ati: 2 “Tegeka bene Isirayeli bakuronse amavuta y’umwelayo atavanze, asekuye, y’igitangamuco+, kugira amatara yatswe nantaryo+. 3 Aroni akwiye kwama agitunganya kuva ku mugoroba gushika mu gitondo imbere ya Yehova, hanze y’irido y’Igishingantahe, mw’ihema ry’ihuriro. Ni icagezwe gushika igihe kitagira urugero mu mayaruka yanyu. 4 Kuri ca gitereko c’amatara+ c’inzahabu itavanze, akwiye gutunganya nya matara+ imbere ya Yehova nantaryo+.

5 “Uze utore ifu inoze, uyotsemwo udutsima cumi na tubiri tumeze nk’ikigōmbo. Agatsima kose gakwiye gutwara ivy’icumi bibiri vy’ingero ya efa. 6 Kandi uze udutondeke mu migwi ibiri tugerekeranye, dutandatu dutandatu ku mugwi+, kuri ya meza y’inzahabu itavanze, imbere ya Yehova+. 7 Kandi ku mugwi wose uze ushireko imibavu ya olibani itavanze, bibe umukate w’icibutsa+, ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. 8 Buri sabato, aze yame abitunganya+ imbere ya Yehova. Ni isezerano gushika igihe kitagira urugero rigiranywe na bene Isirayeli. 9 Bize bicike ivya Aroni n’abahungu biwe+, kandi baze babirire ahantu heranda+, kuko ari ikintu ceranda rwose kuri we kivuye ku mashikanwa ya Yehova ashikanishwa umuriro, bibe ingingo nyobozi gushika igihe kitagira urugero.”

10 Buno umuhungu umwe avuka ku mugore w’Umwisirayelikazi, ariko se akaba Umunyamisiri+, arasohoka aja hagati muri bene Isirayeli, hanyuma nya muhungu be n’umugabo w’Umwisirayeli batangura kurwana+ mw’ikambi. 11 Nya muhungu atangura gucafuza rya Zina+ no kurihamagarirako akabi+. Nuko bamuzanira Musa+. Nyina yitwa Shelomiti, umukobwa wa Diburi wo mu muryango wa Dani. 12 Maze bamushira aho acungirwa+ gushika babwiwe ingingo itomoye hisunzwe ijambo rya Yehova+.

13 Hanyuma Yehova abwira Musa ati: 14 “Sohora hanze y’ikambi+ uyo yahamagaye akabi; kandi abamwumvise bose bategerezwa kurambika ibiganza+ ku mutwe wiwe, ikoraniro ryose rimutere amabuye+. 15 Kandi ubwire bene Isirayeli uti: ‘Nihagira umuntu ahamagarira akabi ku Mana yiwe, ategerezwa rero kwishura igicumuro ciwe. 16 Uwucafuje rero izina rya Yehova ntaze abure kwicwa+. Ikoraniro ryose rikwiye kumutera amabuye ata kabuza. Kavamahanga cokimwe n’imvukira aze yicwe kuko yacafuje rya Zina+.

17 “‘Nihagira uwukubita umuntu uwo ari we wese agapfa, ntaze abure kwicwa+. 18 Uwukubise igitungwa kigapfa akwiye kugitangira inshumbusho, ubuzima ku bundi+. 19 Umuntu niyatera agahonzi mugenziwe, uko agize ni ko na we akwiye kugirirwa+. 20 Imvune ku yindi, ijisho ku rindi, iryinyo ku rindi. Nya gahonzi nyene ateye nya muntu, ni ko na we akwiye guterwa+. 21 Kandi uwukubise igikoko kigapfa+ akwiye kugitangira inshumbusho+, ariko uwukubise umuntu agapfa na we akwiye kwicwa+.

22 “‘Mukwiye kugengwa n’ingingo y’ubutungane imwe. Kavamahanga akwiye kuba cokimwe n’imvukira+, kuko ndi Yehova Imana yanyu+.’”

23 Inyuma y’ivyo Musa avugana na bene Isirayeli, maze basohora hanze y’ikambi umwe yahamagara akabi, baraheza bamutera amabuye+. Gutyo bene Isirayeli bakora nk’uko Yehova yari yategetse Musa.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika