ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 3:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 na Araba na Yorodani n’umupaka, kuva i Kinereti+ gushika ku kiyaga co muri Araba, ikiyaga c’Umunyu+, ku mucamo w’imimanuko ya Pisiga+ amaja i burasirazuba.

  • Yosuwa 11:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 no ku bami bari mu buraruko mu karere k’imisozi no mu biyaya vy’ubugaragwa mu bumanuko bwa Kinereti+ no muri Shefela+ no ku runani rw’imisozi rwa Dori+ mu burengero,

  • Luka 5:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Igihe isinzi ryariko rimuhundarako ryongera ryumviriza ijambo ry’Imana, yari ahagaze iruhande y’ikiyaga ca Genesareti+.

  • Yohani 6:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Hanyuma Yezu aja hakurya y’ikiyaga c’i Galilaya, ari co Tiberiya+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika