Zaburi 33:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Akunda ubugororotsi n’ubutungane+.Isi yuzuye ubuntu bwuzuye urukundo bwa Yehova+. Zaburi 67:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela. Daniyeli 4:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”
4 Imiryango y’amahanga ninezerwe, yihe akamo k’umunezero+,Kuko uzocira imanza ibisata vy’abantu mu kugororoka+;Nayo imiryango y’amahanga, kw’isi uzoyiyobora. Sela.
37 “None ubu, jewe Nebukadinezari ndashemeza Umwami w’amajuru+, nkamushira hejuru kandi nkamuninahaza, kubera ko ibikorwa vyiwe vyose ari ukuri, n’inzira ziwe zikaba ari ubutungane+, no kubera ko ashoboye gutetereza abagendera mu bwishime+.”