2 Abami 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uze usasike inzu ya Ahabu umukama wawe, kandi nzohora+ koko mu kuboko kwa Yezebeli amaraso y’abasavyi banje abahanuzi n’amaraso y’abasavyi ba Yehova bose+. Ivyahishuwe 6:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”
7 Uze usasike inzu ya Ahabu umukama wawe, kandi nzohora+ koko mu kuboko kwa Yezebeli amaraso y’abasavyi banje abahanuzi n’amaraso y’abasavyi ba Yehova bose+.
10 Maze basemerera n’ijwi rirenga, bavuga bati: “Uzogeza ryari ga Mukama Segaba+ mweranda kandi w’ukuri+, kureka guca urubanza+ no guhora amaraso+ yacu ababa kw’isi?”