ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ndamanutse rero kubarokora mu kuboko kw’Abanyamisiri+, ndabadugane ndabakure muri ico gihugu, ndabajane mu gihugu ciza kandi cagutse, igihugu gitemba amata n’ubuki+, ahantu h’Abanyakanani n’Abaheti n’Abamori n’Abaperizi n’Abahiwi n’Abayebusi+.

  • Gusubira mu vyagezwe 4:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Kuko jewe ngiye gupfira muri iki gihugu+. Sinzojabuka Yorodani, mugabo mwebwe muzojabuka, mwigarurire ico gihugu ciza.

  • Gusubira mu vyagezwe 11:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 kikaba ari igihugu Yehova Imana yawe yitaho. Amaso+ ya Yehova Imana yawe yama kuri co, kuva mu ntango z’umwaka gushika ku mpera z’umwaka.

  • Ezekiyeli 20:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Uwo musi naradugije ukuboko+ ndabarahira ko nzobakura mu gihugu ca Misiri nkabajana mu gihugu nari natase ku bwabo, igihugu gitemba amata n’ubuki+. Cari ikirezi mu bihugu vyose+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika