ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Guharura 14:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Gusa ntimugararize Yehova+; kandi mwebwe ntimutinye abantu bo muri ico gihugu+, kuko ari umukate kuri twebwe. Ubwugamo bwabo bwabavuyeko+, kandi Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye+.”

  • Gusubira mu vyagezwe 9:7
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 7 “Ibuka: Ntiwibagire ingene wateye ishavu Yehova Imana yawe mu gahinga+. Kuva kuri wa musi wava mu gihugu ca Misiri gushika uje aha hantu, mwabaye abagarariji mu nyifato mugira kuri Yehova+.

  • 1 Samweli 12:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Mugabo nimutagamburuka ijwi rya Yehova+, mukagarariza koko itegeko rya Yehova+, ukuboko kwa Yehova kuzobarwanya ata gukeka, mwebwe na ba so+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika