1 Abami 1:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Maze Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi bamurobanuze amavuta*+ ng’aho, abe umwami wo kuganza Isirayeli; namwe muvuze inzamba+, hanyuma muvuge muti: ‘Umwami Salomo nabeho+!’
34 Maze Zadoki umuherezi na Natani umuhanuzi bamurobanuze amavuta*+ ng’aho, abe umwami wo kuganza Isirayeli; namwe muvuze inzamba+, hanyuma muvuge muti: ‘Umwami Salomo nabeho+!’