1 Samweli 10:1 Bibiliya y’isi nshasha 10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+? 1 Samweli 16:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+. 2 Abami 9:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Uheze ufate nya gakarabo k’amavuta, uyasuke ku mutwe wiwe+ maze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ndakurobanuje amavuta* koko+ ngo ube umwami+ wa Isirayeli.”’ Hanyuma wugurure umuryango maze uhunge, nturindire.”
10 Samweli atora rero agakarabo+ k’amavuta, ayasuka ku mutwe wiwe maze aramusoma+, hanyuma avuga ati: “Mbega si kubera ko Yehova yakurobanuje amavuta ngo ube indongozi+ y’intoranwa yiwe+?
13 Samweli rero atora rya hembe ry’amavuta+, arayamurobanuza hagati ya bene wabo. Nuko impwemu ya Yehova itangura gukorera kuri Dawidi kuva uyo musi+. Mu nyuma Samweli arahaguruka aja i Rama+.
3 Uheze ufate nya gakarabo k’amavuta, uyasuke ku mutwe wiwe+ maze uvuge uti: ‘Ibi ni vyo Yehova avuze: “Ndakurobanuje amavuta* koko+ ngo ube umwami+ wa Isirayeli.”’ Hanyuma wugurure umuryango maze uhunge, nturindire.”