2 Abami 9:3 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 3 Uheze ufate ako gakarabo k’amavuta, uyasuke ku mutwe wiwe maze uvuge uti: “Yehova avuze ati: ‘Ndakurobanuje amavuta* ngo ube umwami wa Isirayeli+.’” Uce wugurura umuryango uhunge ningoga.»
3 Uheze ufate ako gakarabo k’amavuta, uyasuke ku mutwe wiwe maze uvuge uti: “Yehova avuze ati: ‘Ndakurobanuje amavuta* ngo ube umwami wa Isirayeli+.’” Uce wugurura umuryango uhunge ningoga.»