ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 41:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Vyongeye, amwuriza umukogote w’iteka ugira kabiri yari afise+, kugira basemerere imbere yiwe ngo: “Avreki!” Ukwo ni ko yamushinze kugaba igihugu cose ca Misiri.

  • 1 Abami 1:38
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 38 Nuko Zadoki+ umuherezi na Natani+ umuhanuzi na Benaya+ mwene Yehoyada n’Abakereti+ n’Abapeleti+ baramanuka, bashira Salomo ku nyumpu y’ingore y’Umwami Dawidi+ hanyuma bamujana i Gihoni+.

  • Esiteri 6:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 nibazane ivyambarwa vya cami+ umwami yambara koko be n’ifarasi umwami agenderako+ bayambitse ku mutwe umugāra wa cami.

  • Zakariya 9:9
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 “Nezerwa cane, wa mukobwa wa Siyoni+! Niwihe akaruru k’intsinzi+, wa mukobwa wa Yeruzalemu! Raba! Umwami wawe+ araje kuri wewe+. Aragororotse kandi ni nyen’intsinzi+; aricisha bugufi+, kandi agendera ku ndogobwa, egome, ku gitungwa gikuze kivuka ku ndogobwa y’ingore+.

  • Luka 19:35
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 35 Nuko bawushira Yezu, hanyuma bawutererako impuzu zabo zo hejuru maze bashira Yezu kuri wo+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika