ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 14:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Nayo Rehobowamu+ mwene Salomo, yari yarabaye umwami muri Yuda. Rehobowamu yari afise imyaka mirongo ine n’umwe igihe yatangura kuganza, amara imyaka cumi n’indwi aganza i Yeruzalemu, igisagara+ Yehova yari yaratoye mu miryango yose+ ya Isirayeli kugira ngo ahashire izina ryiwe+. Nyina yitwa Nayama Umwamonikazi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika