ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Abami 14
  • Bibiliya y’isi nshasha

Nta videwo ihari.

Uradutunga, ividewo yanse kuvuga.

1 Abami 14:1

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Sm 12:15; 1Bm 14:12

1 Abami 14:2

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 28:8; 2Sm 14:2; 1Bm 22:30
  • +1Bm 12:15
  • +1Bm 11:31

1 Abami 14:3

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 9:7; 1Bm 13:7; 2Bm 4:42
  • +Yr 19:1
  • +It 33:8; 2Bm 5:15
  • +2Bm 8:8

1 Abami 14:4

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 18:1; 1Sm 4:3; 1Bm 11:29; Yr 7:12
  • +It 27:1; 48:10; Gus 27:18; 1Sm 3:2; Zb 90:10; Ums 12:3

1 Abami 14:5

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Img 21:30; Yr 32:19; Lk 20:20; Heb 4:13

1 Abami 14:6

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yb 5:13; Zb 33:10

1 Abami 14:7

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:31; 12:20; 16:2

1 Abami 14:8

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 12:16
  • +1Bm 11:33; 15:5; Ivk 13:22

1 Abami 14:9

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 32:16; Zb 96:5; 115:4; Yes 44:9; Yr 10:14
  • +Gus 27:15; 2Ng 11:15; Yes 41:29; 1Kr 8:4
  • +Gus 9:8; Zb 78:40
  • +Neh 9:26; Zb 50:17; Ezk 23:35

1 Abami 14:10

Utujambo tw'epfo

  • *

    Ijambo ku rundi ni “umuntu wese yihagarika ku ruhome”. Iyo ni imvugo y’igiheburayo yerekeza ku bantu b’igitsina-gabo.

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:34; 1Bm 16:11; 2Bm 9:8
  • +Gus 32:36
  • +1Bm 15:29
  • +2Bm 21:13

1 Abami 14:11

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 16:4; 21:24
  • +1Sm 17:46; Yr 15:3; Ivh 19:21

1 Abami 14:13

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 25:1
  • +2Ng 12:12; Ezk 18:14

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Niwiyegereze, rup. 244

    Umunara w’Inderetsi,

    1/7/2010, rup. 29

    1/7/2005, rup. 31

1 Abami 14:14

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 15:29
  • +Zb 103:10; Ums 8:11; 2Pt 2:3

1 Abami 14:15

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 12:25; Yr 15:2
  • +Gus 29:28; 2Bm 17:6; Mt 15:13
  • +Gus 8:7; Yos 23:15
  • +Gus 28:64; 2Bm 15:29; 18:11
  • +2Sm 8:3
  • +Gus 12:3
  • +1Bm 14:9

1 Abami 14:16

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 28:63
  • +1Bm 12:30; 13:34; 14:9; Mt 18:7

1 Abami 14:17

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Yos 12:24; 1Bm 15:33; 16:8

1 Abami 14:19

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 12:15; 13:3
  • +1Bm 15:31; 16:5; 22:39

1 Abami 14:20

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 13:20; Yb 14:12
  • +1Bm 15:25

1 Abami 14:21

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:43; 2Ng 12:1
  • +1Bm 8:16; 11:36; 2Ng 12:13
  • +Zb 78:68; 132:13
  • +Kv 20:24; Gus 12:5
  • +1Bm 11:1; 2Ng 12:13

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/12/2011, rup. 10

1 Abami 14:22

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Abc 3:7; 2Bm 17:19; 2Ng 12:1; Yr 3:8
  • +Kv 34:14; Gus 4:24; Zb 78:58; Yes 65:2; 1Kr 10:22
  • +Abc 3:7; 1Bm 11:7

1 Abami 14:23

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 12:3
  • +Lw 26:1; 2Bm 3:2
  • +2Bm 21:3
  • +Yes 65:7; Yr 2:20; Hs 4:13
  • +Gus 12:2; 2Ng 28:4; Yes 57:5

1 Abami 14:24

Amarabiro yo mu nkingi

  • +Gus 23:17; 1Bm 15:12; 22:46
  • +2Bm 23:7; Hs 4:14

1 Abami 14:25

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:40; 2Ng 12:2

1 Abami 14:26

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 7:51; 15:18; 2Bm 18:15; 24:13
  • +2Ng 12:9; Zb 39:6
  • +1Bm 10:17; 2Ng 9:15

1 Abami 14:27

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Sm 8:11; 22:17; 2Sm 15:1
  • +2Ng 12:10

1 Abami 14:28

Amarabiro yo mu nkingi

  • +2Ng 12:11

1 Abami 14:29

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:41; 15:23; 1Ng 27:24; 2Ng 12:15

Ibitabu vy'ironderero

  • Igitabu c'ubushakashatsi

    Umunara w’Inderetsi,

    15/3/2009, rup. 32

1 Abami 14:30

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 12:24; 15:6

1 Abami 14:31

Amarabiro yo mu nkingi

  • +1Bm 11:43; 15:24; 22:50
  • +1Bm 11:1; 2Ng 12:13
  • +1Ng 3:10; Mt 1:7

Izindi Bibiliya

Fyonda ku murongo kanaka kugira ubone uko uvuga mu zindi Bibiliya.

Muri rusangi

1 Abm. 14:12Sm 12:15; 1Bm 14:12
1 Abm. 14:21Sm 28:8; 2Sm 14:2; 1Bm 22:30
1 Abm. 14:21Bm 12:15
1 Abm. 14:21Bm 11:31
1 Abm. 14:31Sm 9:7; 1Bm 13:7; 2Bm 4:42
1 Abm. 14:3Yr 19:1
1 Abm. 14:3It 33:8; 2Bm 5:15
1 Abm. 14:32Bm 8:8
1 Abm. 14:4Yos 18:1; 1Sm 4:3; 1Bm 11:29; Yr 7:12
1 Abm. 14:4It 27:1; 48:10; Gus 27:18; 1Sm 3:2; Zb 90:10; Ums 12:3
1 Abm. 14:5Img 21:30; Yr 32:19; Lk 20:20; Heb 4:13
1 Abm. 14:6Yb 5:13; Zb 33:10
1 Abm. 14:71Bm 11:31; 12:20; 16:2
1 Abm. 14:81Bm 12:16
1 Abm. 14:81Bm 11:33; 15:5; Ivk 13:22
1 Abm. 14:9Gus 32:16; Zb 96:5; 115:4; Yes 44:9; Yr 10:14
1 Abm. 14:9Gus 27:15; 2Ng 11:15; Yes 41:29; 1Kr 8:4
1 Abm. 14:9Gus 9:8; Zb 78:40
1 Abm. 14:9Neh 9:26; Zb 50:17; Ezk 23:35
1 Abm. 14:101Sm 25:34; 1Bm 16:11; 2Bm 9:8
1 Abm. 14:10Gus 32:36
1 Abm. 14:101Bm 15:29
1 Abm. 14:102Bm 21:13
1 Abm. 14:111Bm 16:4; 21:24
1 Abm. 14:111Sm 17:46; Yr 15:3; Ivh 19:21
1 Abm. 14:131Sm 25:1
1 Abm. 14:132Ng 12:12; Ezk 18:14
1 Abm. 14:141Bm 15:29
1 Abm. 14:14Zb 103:10; Ums 8:11; 2Pt 2:3
1 Abm. 14:151Sm 12:25; Yr 15:2
1 Abm. 14:15Gus 29:28; 2Bm 17:6; Mt 15:13
1 Abm. 14:15Gus 8:7; Yos 23:15
1 Abm. 14:15Gus 28:64; 2Bm 15:29; 18:11
1 Abm. 14:152Sm 8:3
1 Abm. 14:15Gus 12:3
1 Abm. 14:151Bm 14:9
1 Abm. 14:16Gus 28:63
1 Abm. 14:161Bm 12:30; 13:34; 14:9; Mt 18:7
1 Abm. 14:17Yos 12:24; 1Bm 15:33; 16:8
1 Abm. 14:192Ng 12:15; 13:3
1 Abm. 14:191Bm 15:31; 16:5; 22:39
1 Abm. 14:202Ng 13:20; Yb 14:12
1 Abm. 14:201Bm 15:25
1 Abm. 14:211Bm 11:43; 2Ng 12:1
1 Abm. 14:211Bm 8:16; 11:36; 2Ng 12:13
1 Abm. 14:21Zb 78:68; 132:13
1 Abm. 14:21Kv 20:24; Gus 12:5
1 Abm. 14:211Bm 11:1; 2Ng 12:13
1 Abm. 14:22Abc 3:7; 2Bm 17:19; 2Ng 12:1; Yr 3:8
1 Abm. 14:22Kv 34:14; Gus 4:24; Zb 78:58; Yes 65:2; 1Kr 10:22
1 Abm. 14:22Abc 3:7; 1Bm 11:7
1 Abm. 14:23Gus 12:3
1 Abm. 14:23Lw 26:1; 2Bm 3:2
1 Abm. 14:232Bm 21:3
1 Abm. 14:23Yes 65:7; Yr 2:20; Hs 4:13
1 Abm. 14:23Gus 12:2; 2Ng 28:4; Yes 57:5
1 Abm. 14:24Gus 23:17; 1Bm 15:12; 22:46
1 Abm. 14:242Bm 23:7; Hs 4:14
1 Abm. 14:251Bm 11:40; 2Ng 12:2
1 Abm. 14:261Bm 7:51; 15:18; 2Bm 18:15; 24:13
1 Abm. 14:262Ng 12:9; Zb 39:6
1 Abm. 14:261Bm 10:17; 2Ng 9:15
1 Abm. 14:271Sm 8:11; 22:17; 2Sm 15:1
1 Abm. 14:272Ng 12:10
1 Abm. 14:282Ng 12:11
1 Abm. 14:291Bm 11:41; 15:23; 1Ng 27:24; 2Ng 12:15
1 Abm. 14:301Bm 12:24; 15:6
1 Abm. 14:311Bm 11:43; 15:24; 22:50
1 Abm. 14:311Bm 11:1; 2Ng 12:13
1 Abm. 14:311Ng 3:10; Mt 1:7
  • Bibiliya y’isi nshasha
  • Soma muri Bibiliya y’isi nshasha (nwt)
  • 1
  • 2
  • 3
  • 4
  • 5
  • 6
  • 7
  • 8
  • 9
  • 10
  • 11
  • 12
  • 13
  • 14
  • 15
  • 16
  • 17
  • 18
  • 19
  • 20
  • 21
  • 22
  • 23
  • 24
  • 25
  • 26
  • 27
  • 28
  • 29
  • 30
  • 31
Bibiliya y’isi nshasha
1 Abami 14:1-31

1 Abami

14 Ico gihe nyene, Abiya mwene Yerobowamu ararwara+. 2 Yerobowamu abwira rero umugore wiwe ati: “Ndakwinginze uhaguruke, wiyoberanye+ kugira ngo ntibamenye yuko uri umugore wa Yerobowamu, maze uje i Shilo. Ehe, aho ni ho Ahiya+ umuhanuzi ari. Ni we yavuze ku binyerekeye ivy’ukuba umwami w’aba bantu+. 3 Utore mu kuboko imikate+ cumi n’udutsima tumijagiweko, n’agakarabo+ k’ubuki, uheze winjire iwe+. Ni we azokubwira ibizoshikira uyu muhungu+.”

4 Umugore wa Yerobowamu agira kuno. Nuko arahaguruka, aja i Shilo+, ashika ku nzu ya Ahiya. Kandi Ahiya ntiyashobora kubona, kuko amaso yiwe yari yaradegeye kubera imyaka yiwe+.

5 Kandi Yehova ubwiwe yari yabwiye Ahiya ati: “Ehe umugore wa Yerobowamu araje kukubaza ijambo ku bijanye n’umuhungu wiwe; kuko arwaye. Umubwire uku n’uku. Kandi akimara gushika, araza kwiyoberanya+.”

6 Nuko Ahiya akimara kwumva urwamo rw’ibirenge vyiwe ariko yinjira mu bwinjiriro, avuga ati: “Injira yewe mugore wa Yerobowamu+. Kubera iki wiyoberanya kandi ndagutumweko ubutumwa bukaze? 7 Genda ubwire Yerobowamu uti: ‘Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: “Ko nakudugije ngukuye hagati mu bantu bawe, kugira nkugire indongozi y’abantu banje Isirayeli+, 8 kandi ngashikura+ ubwami inzu ya Dawidi nkabuguha, ariko ntube nk’umusavyi wanje Dawidi, we yagumije amabwirizwa yanje akongera akagendera inyuma yanje n’umutima wiwe wose mu gukora gusa ivyari bigororotse mu maso yanje+, 9 mugabo ugatangura gukora nabi kurusha abakwitangiye imbere bose, ukaja kwihingurira iyindi mana+ n’ibishusho vy’icuma gishongeshejwe+ kugira umbabaze+, akaba ari jewe ushiburira inyuma y’umugongo wawe+; 10 ku bw’ivyo, ehe ngira nzane ivyago ku nzu ya Yerobowamu, kandi ata gukeka nzorandura kwa Yerobowamu umuntu w’igitsina-gabo wese*+, uwutagira gitabara kandi atagira ico amaze muri Isirayeli+; kandi vy’ukuri nzokubura noganze inyuma y’inzu ya Yerobowamu+, nk’uko umuntu akuraho umwanda mukuru gushika uzimanganye+. 11 Uwo mu nzu ya Yerobowamu azopfira mu gisagara, imbwa zizomurya+; uwuzopfira mu gahinga na we, ibiguruka vyo mu kirere bizomurya+, kuko Yehova ubwiwe abivuze.”’

12 “Nawe, nuhaguruke uje ku nzu yawe. Ibirenge vyawe nivyinjira mu gisagara uwo mwana arapfa ata kabuza. 13 Kandi Isirayeli yose izomuborogera+ koko yongere imuhambe, kuko uwo wenyene mu ba Yerobowamu ari we azoja mu mva; kubera ko hari ikintu ciza kuri Yehova Imana ya Isirayeli cabonetse muri we mu nzu ya Yerobowamu+. 14 Kandi ata gukeka, Yehova azokwihagurukiriza umwami+ wo kuganza Isirayeli azorandura inzu ya Yerobowamu ku musi wavuzwe; hamwe hoba ubu nyene na ho+? 15 Yehova azoririka koko Isirayeli, nk’uko nyene irenga rihungabana mu mazi+; ata gukeka azorandura+ Isirayeli kuri ubu butaka bwiza+ yahaye ba sekuruza babo, kandi azobasanzariza+ koko hakurya ya rwa Ruzi+, kubera bakoze ibikingi vyeranda+ vyabo, gutyo bakababaza+ Yehova. 16 Azoheba Isirayeli+ kubera ibicumuro vya Yerobowamu, ivyo yacumuye akongera akabicumurisha Isirayeli+.”

17 Umugore wa Yerobowamu arahaguruka rero, aragenda hanyuma ashika i Tiruza+. Ashitse ku rwinjiriro rw’inzu, wa muhungu arapfa. 18 Nuko baramuhamba, maze Isirayeli yose iramuborogera, nk’uko ijambo rya Yehova ryari, iryo yari yavuze biciye ku musavyi wiwe Ahiya umuhanuzi.

19 Ibisigaye mu vya Yerobowamu, ukuntu yarwanye intambara+ n’ukuntu yaganje, ehe vyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu misi y’abami ba Isirayeli. 20 Imisi Yerobowamu yaganje yabaye imyaka mirongo ibiri n’ibiri, hanyuma aryama hamwe na ba sekuruza+; nuko Nadabu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.

21 Nayo Rehobowamu+ mwene Salomo, yari yarabaye umwami muri Yuda. Rehobowamu yari afise imyaka mirongo ine n’umwe igihe yatangura kuganza, amara imyaka cumi n’indwi aganza i Yeruzalemu, igisagara+ Yehova yari yaratoye mu miryango yose+ ya Isirayeli kugira ngo ahashire izina ryiwe+. Nyina yitwa Nayama Umwamonikazi+. 22 Yuda ibandanya gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, ku buryo bamutera+ ishari kuruta ivyo ba sekuruza babo bari barakoze vyose biciye ku bicumuro vyabo bacumuye+. 23 Na bo nyene baguma biyubakira ibibanza bikirurutse+ n’inkingi nyeranda+ n’ibikingi vyeranda+ ku murambi wose ukirurutse+ no munsi y’igiti gitotahaye cose+. 24 Mbere mu gihugu hari abamaraya b’urusengero b’abagabo+. Bakora nk’uko ibintu vyose biteye ishishi vy’amahanga vyari, ayo Yehova yari yarirukanye imbere ya bene Isirayeli+.

25 Nuko mu mwaka ugira gatanu w’Umwami Rehobowamu, Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu. 26 Atwara amatunga y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+; atwara ikintu cose+. Atwara kandi za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+. 27 Umwami Rehobowamu akora rero inkinzo z’umujumpu mu kibanza cazo, maze azizeza abakuru b’abirutsi+, abarinzi b’ubwinjiriro bw’inzu y’umwami+. 28 Igihe cose umwami yaba aje ku nzu ya Yehova, nya birutsi barazitwara, mu nyuma bakazisubiza mu cumba c’irindiro c’abirutsi+.

29 Ibisigaye mu vya Rehobowamu be n’ivyo yakoze vyose, none ntivyanditswe mu gitabu+ c’ivyo mu bihe vy’abami ba Yuda? 30 Nuko haguma haba intambara hagati ya Rehobowamu na Yerobowamu+. 31 Amaherezo Rehobowamu aryama hamwe na ba sekuruza biwe hanyuma ahambwa hamwe na ba sekuruza mu Gisagara ca Dawidi+. Nyina yitwa Nayama Umwamonikazi+. Nuko Abiyamu+ umuhungu wiwe atangura kuganza mu kibanza ciwe.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • Injira
Rungika