2 Samweli 10:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Mugabo Abasiriya barahunga+ bava imbere ya Isirayeli; nuko Dawidi yica mu Basiriya abatwara imikogote+ amajana indwi n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo ine, Shobaki umukuru w’ingabo zabo na we aramugarika, apfira ng’aho+.
18 Mugabo Abasiriya barahunga+ bava imbere ya Isirayeli; nuko Dawidi yica mu Basiriya abatwara imikogote+ amajana indwi n’abagendera ku mafarasi ibihumbi mirongo ine, Shobaki umukuru w’ingabo zabo na we aramugarika, apfira ng’aho+.